IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Inkino > FOOTBALL > FFB: Abakinyi 18 bagiye gukina na Sudani bamenyekanye

FFB: Abakinyi 18 bagiye gukina na Sudani bamenyekanye

Thursday 17 May 2018

Abo bakinyi ni:

RUKUNDO Onesime wa Messager Ngozi
SELEMAN Moustafa wa Aigle noir, akaba na kizigenza
NDORIYOBIJA Eric wa LLB S4A
BIGIRIMANA Ramadhan wa Aigle noir
NDAYE Chancel wa LLB S4A
MBIRIZI Eric wa Buja city
MURYANGO Mabano wa Aigle noir
KWIZERA Eric "Kirungo" wa Les Lierres
RAMADHAN Pascal wa Olympic star
DJUMA Mohamedi wa Musongati Fc
SHAKA Bienvenue wa Aigle noir
NDUWIMANA Hailé Shalom wa Ngozi City
HAKIZIMANA Héritier wa Aigle noir
KWIZERA Eric wa Musongati Fc
NSHIMIRIMANA Jospin wa Delta star
NDIKUMANA Magloire wa Olympic star
KANAKIMANA Bienvenue wa Aigle noir
MAVUGO Cédric titi wa Aigle noir

Abandi baherekeje umurwi ni:

Ndayambaje Ildephonse wo mu bushikirangaji bw’inkino n’imicokama ari nawe arongoye umugwi
Marc Manirakiza wa FFB
Ndayambaje Jean Wilson, Umuganga
Ntunga Théodore, Umumenyeshamakuru wa RTNB

Abamenyereza ni:

Bipfubusa Joslin
Ntakagero Omar
Amidou Hassan

Mu rukino rwa mbere rwabereye ku kibuga Urukundo co mu ntara ya Ngozi, kw’igenekerezo rya 12 Rusama 2018, umurwi nserukiragihugu w’Uburundi wanganije n’uwa Sudani, igitsindo kimwe ku kindi.


MUGISHA Van Naris

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.