IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Inkino > FOOTBALL > Intamba mu rugamba z’abatarenza imyaka 23 zatsinze Tanzaniya ibitsindo (...)

Intamba mu rugamba z’abatarenza imyaka 23 zatsinze Tanzaniya ibitsindo bibiri ku busa

Thursday 15 November 2018, by vianney

Muri urwo rukino rwabereye i Bujumbura, igitsindo ca mbere c’Uburundi cinjijwe n’umukinyi Bon Fils Caleb BIMENYIMANA ku munota wa 63 w’igice ca kabiri c’urukino hatewe « penalty »,igitsindo ca kabiri naco cinjizwa na MAVUGO Cedrick ku munota wa 81 ateye umutwe.

Urukino rwo gusubiriza rutegekanijwe kw’igenekerezo rya 20 Munyonyo umwaka wa 2018 i Dar Es Salaam mu gihugu ca Tanzaniya.


IGIHE

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.