Igenekerezo 29 Ndamukiza.
Ibikurubikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1624 : Cardinal de Richelieu aba umushikiranganji mukuru w’umwami Louis XIII. Inyuma yo kuba musenyeri ku myaka 22, Armand Jean du Plessis kw’izina ryiwe ryukuri, yarakunzwe na Marie de Medicis araheza ashinga gukurikirana umwami Louis XIII aho yarakirimuto. Mu 1622, atorwa kuba Cardinal. Yamaze imyaka 18 mu mabanga y’umushikirangaji muuru w’umwami.
1770 : James Cook, ingenzi y’umwongereza ishika ku mugabane wa Australie (...)
Accueil > Mots-clés > IGIHE_Homepage_Management > HomeAmateka
HomeAmateka
Articles
-
Itarike 29 Ndamukiza
29 Ndamukiza 2016 -
Itarike 7 Ntwarante
6 Ntwarante 2018Igenekerezo rya 7 Ntwarante .
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1657: Umwami w’Ubufaransa Louis wa 14 abuza ukugurisha inzoga ku bahindi.
1985: Hasohoka ururirimbo « We are the world », yanditswe na Mickael Jackson na Lionel Richie. Ururirimbo rwinjije abafaranga agera ku miriyoni 50 vy’amadorari kugira bafashe abari bishwe na kigoyi muri Ethiopie.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1942: Michael Eisner, umuyobozi mukuru wa Walt Disney Company kuva 1984 gushika mu 2005.
1985: (...) -
Itarike 1 Myandagaro
31 Mukakaro 2015Igenekerezo rya 1 Myandagaro .
Ibikuru bikuru vyaranze kw’igenekerezo nkiri
1589: Umwami Henri wa 3 w’Ubufaransa aragandagurwa.
1808: Joachim Murat aba umwami wa Naples.
1876: Colorado iba Leta igira 36 ya Leta Zunzubbumwe z’Amerika.
1914: Ubudagi butangaza ko bwinjiye mu ndwano bugwanya Uburusiya. Aho hari hatanguye indwano ya mbere y’isi yose.
1959: Umwami w’Ububirigi Léopold wa 3 aratanga.
1960: Igihugu ca Bénin kirikukira.
1990: Jelio Jeliev aba umukuru w’igihugu ca Buglarie.
Abazwi (...) -
Itarike 24 Ruhuhuma
22 Ruhuhuma 2017Igenekerezo rya 24 Ruhuhuma.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
45 imbere y’ivuka rya Yezu Kristu : Jules César atanguza ikirangaminsi gishasha cahavuye citirirwa izina ryiwe(calendier julien).
1555: Charles Quint aratanga imihoho.
1918: Estonie kironka intahe yo kwikukira.
1920: Havuka umugambwe wa “Nazi” mu budagi. Umugambwe wari witwa ko ari uwabakozi b’abadagi wari urongowe na Adolph Hitler.
1966: Kwame N’Krumah, umukuru w’igihugu wa mbere w’igihugu ca Ghana aratembegazwa ku (...) -
Itarike 8 Ndamukiza
9 Ndamukiza 2016Igenekerezo rya 8 Ndamukiza.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
2010: Dimitri Medvedev hamwe na Barack Obama bashira urukumu kumasezerano yo gukura guheba ibiranisho ruhonyanganda mu bihugu vy’Uburusiya na Reta Zunzubumwe z’Amerika. Ayo masezerano akaba yiswe traité de START.
2005: Haba amaziko ya Papa Yohani Pawuro wa 2, i Roma mw’isengero ryitiriwe Umweranda Petero.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1975: Albert wa 1, umwami w’ababirigi.
1918: Betty Ford, umutambukanyi wa (...) -
Itarike 27- 28 Ntwarante
27 Ntwarante 2018Itarike 27 Ntwarante
Igenekerezo rya 27 Ntwarante.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1703: Pierre le Grand atanguza igisagara ca Saint-Pétersbourg. Kikaba catangujwe citwa Petrograd, hama Leningrad. Ico gisagara kikaba casubiye guhindurwa izina mu 1991.
1968: Youri Gagarine, umudereva w’ibigendajuru agira isanganya mu ndege yo kwimenyereza MIG-15. 1993: Mahamane Ousmane, umukuru w’igihugu wa Niger. 1995: Nelson Mandela akura umugore wiwe muri Reta.
Abazwi cane bavutse (...) -
Itarike 4 Rusama
4 Rusama 2018Igenekerezo rya 4 Rusama .
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1953 : Ernest Hemingway, umwanditsi w’umunyamerika aronka agashimwe kititriwe Pulitzer ku gitabo ciwe « Le Vieil et la Mer ».
1979 : Margaret Thatcher aba umushikiranganji wa mbere w’igihugu c’ubwonereza.
1904: Ibikorwa vyo guca umuhora wa Panama bija mu inwe y’abanyamerika.
2000: virus yitwa “I love you” iratera abakoresha ubuhinga ngurukanabumenyi bo kw’isi yose.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1951: Jackie (...) -
Itarike 17 Ruhuhuma
16 Ruhuhuma 2018Igenekerezo rya 17 Ruhuhuma.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1878: Umuhora w’amaterefone uratangura ubwa mbere mu gisagara ca San Francisco. Utangurana n’amaterefone 18. 1897: Rudolf Diesel agerageza ubwambere imoteri ahitwa Augsbourg. Ukwo kugerageza kukaba kwarashobotse, imoteri iremezwa ko ishobora gukora. 1938: John Baird uwakoze ubwa mbere imboneshakure yerekana ubuhinga bushasha bwaho imbonesha kure yerekana amasanamu arimwo amabara menshi uretse iryera n’irryirabura vyari (...) -
12 Mukakaro
12 Mukakaro 2013Igenekerezo rya 12 Mukakaro ni umunsi ugira 193 w’umwaka w’2013. Hasigaye iminsi 172 kugira umwaka w’2013 urangire.
Ibikuru bikuru vyaranze kw’igenekerezo nk’iri 1543: Henri w’8, umwami w’Ubwongereza yubakana na Catherine Parr.
1691: Hatorwa umu papa mushasha, aca afata izina rya Innocent wa 12.
1902: Abagore baronka uburenganzira bwo gutora mu gihugu ca Autraliya.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nk’iri
101, imbere y’ivuka rya J-C: Jules César, uwabaye umwami wa Rome.
1854: George Eastman, (...) -
Itariki 24 Mukakaro
25 Mukakaro 2018Igenekerezo rya 24 Mukakaro