IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Miss Burundi 2016 : Abigeme 16 bashitse mu gice ca nyuma (Ifoto)

Miss Burundi 2016 : Abigeme 16 bashitse mu gice ca nyuma (Ifoto)

lundi 27 Ruheshi 2016, par Egide NDUWIMANA

Ihiganwa rya Miss Burundi 2016 ryasubiriye, rikaba rihuza abakobwa baserukiye intara zose zigize igihugu c’Uburundi. Iryo higanwa rikaba rigeze mu gihe ca nyuma.

Mu gice ca kabiri gishira ica nyuma, abakobwa bagera kuri 16 akaba aribo batowe. Igice ca nyuma gitegekanijwe kuzoba kw’igenekerezo rya 23 Mukakaro 2016.

Abashitse mu gice ca nyuma c’ihiganwa (Ifoto)


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.