Accueil > Amakuru > u Burundi > Umukuru w’igihugu yagenye abagize urwego nshingwantwaro rwa REGIDESO
Umukuru w’igihugu yagenye abagize urwego nshingwantwaro rwa REGIDESO
mercredi 27 juin 2018
Abo bagenywe n’umukuru w’igihugu mu rwego nshingwantwaro ni Martin NDAYIZEYE arurongoye, Jean Claude MBARUSHIMANA , icegera ciwe, hamwe na Simeon HABONIMANA, umunyamabanga w’urwo rwego.
Abandi bagenywe n’itegeko ry’umukuru w’igihugu kuba mu bagize urwo rwego ni:Christophe NIYONGERE, Ariane KIGEME, Jean Nepomscene MASUMBUKO, Innocent NGOMIRAKIZA, CP Albert BISAGANYA na Thierry Dismas NGEZAHINDAVYI.
Abagize urwego nshingwantwaro ba REGIDESO, bagenywe inyuma y’iminsi mike hagenywe abarongozi bashasha b’ishirahamwe ritanga amatara n’amazi REGIDESO.
Abagize urwego nshingwantwaro rw’ishirahamwe REGIDESO bagenywe n’itegeko ry’umukuru w’igihugu inomero 100/069 ryo kuwa 27 Ruheshi 2018.
IGIHE
Messages
5 juillet 2018, 21:34, par Pasco
Kuvyukuri Regideso Ko Ari Ishirahamwe Rya Leta,irakwiye Guhindura Indinganizo Yaryo Kko Niyo Ibikwiye Gushora(kudandaza)abenegihugu Bakagura,nkubu Ibisagara Biraguka Arko Imigende Canke Imihora Yamatara Ntibagura,kand Abenegihugu Babikeneye.
4 septembre 2018, 15:01, par Ndindayirorere thimothe
Andika hanokurababapfuye ubwosaba horwaporotike ntavyemezobihari bikwiye