IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Antoine KABURAHE agiye kwitura ubutungane ku caha c’uwashatse kugandagura (...)

Antoine KABURAHE agiye kwitura ubutungane ku caha c’uwashatse kugandagura umupfasoni wiwe

mardi 8 Rusama 2018, par Egide NDUWIMANA

Antoine KABURAHE amenyesha ko mu gihe yari mu rugendo mu gihugu ca Suede, kuri uwu w’Imana, umupfasoni wiwe yategerewe mw’ibarabara nk’igihe c’isaha cumi na zibiri mu gihugu c’Ububirigi, acumitwa imbugita hafi y’umutima hamwe n’umushishito, ariko Imana ikaba yarakinze, kuko ivyo bihimba vy’umubiri bitashikiriwe, nk’uko vyemezwa na Antoine KABURAHE avuga ko uwacumise uwo mupfasoni wiwe yafashwe n’igiporisi c’Ububirigi, bikaba bivugwa ko yoba afise ubwenegihugu bw’Urwanda.

JPEG - 112.1 ko
Antoine KABURAHE n’umupfasoni wiwe

Uwo arongoye ikinyamakuru IWACU ashikiriza ko agiye kwitura ubutungane, kugira ashobore kumenya vyinshi, ku washatse kwicwa umupfasoni wiwe.


Egide NDUWIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.