IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Bubanza: Abanyezamu babiri bakomerekejwe n’umusuma wo mu mirima

Bubanza: Abanyezamu babiri bakomerekejwe n’umusuma wo mu mirima

vendredi 20 Nzero 2017

Abanyezamu babiri b’imirima bakomerekejwe hakoreshejwe umupanga n’umusuma, ku mutumba Ruvumvu w’intara ya Bubanza.

Abo bakomeretse bari abanyezamu b’umurima w’ibigori, bakomerejwe inyuma yo kugerageza kurwanya umusuma yari aje kwiba mw’ijoro yitwaje umupanga.
Amakuru ava mu bajejwe umutekano mu ntara ya Bubanza amenyesha ko uwo musuma yamaze guhagarikwa n’igipolisi, umunyezamu nawe yakomeretse mu mugongo no ku kuboko, akaba yaciye ajanwa kwa muganga.

Abajejwe intwaro mu ntara ya Bubanza baramaze kumenyesha ko hario ibice bimwe bimwe vy’intara bibangamiwe n’inzara,bakaba baramaze gusaba ababishoboye gufasha.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.