IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Bururi : Umuntu umwe yishwe arashwe

Bururi : Umuntu umwe yishwe arashwe

lundi 9 Nzero 2017, par Egide NDUWIMANA

Umutekano wahungabanye mw’ijoro ryo kuri uwu w’Imana, mu ntara ya Bururi, muri komine Matana, ahagandaguwe umuntu yishwe arashwe n’abantu bitwaje ibirwanisho.

Uwo yishwe ni umugabo azwi kw’izina rya Karori NDIZEYE, umudandaza yatewe n’abantu bataramenyekana bamurashe amasasu aca yitaba Imana. Abo bamwishe bakaba bamusanze mu nzu y’ubudandaji asanzwe akoreramwo.

Mu giporisi co mu ntara ya Bururi bavuga ko abakoze ubwo bwicanyi batashoboye gufatwa, ariko ko amatohoza yatanguye.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.