IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Carama : Inkoho yafashwe inyegejwe mu kagunira

Carama : Inkoho yafashwe inyegejwe mu kagunira

samedi 2 Nyakanga 2017, par Egide NDUWIMANA

Mu giporisi bavuga ko bafashe iyo nkoho bahamagawe n’abanyagihugu bayibonye ubwa mbere, bakaba batazi uwayizanye.

Iyo nkoho yari kumwe n’ibikono vyayo bibiri (Chargeurs) birimwo amasasu 42.

Izindi Gerenade zibiri zimaze kwononekara zatowe n’igiporisi ku musozi Nyabiyoga, muri komine Rango mu ntara ya Kayanza. Izo gerenade zatwawe mu giporisi muri komine Rango, muri iyo ntara.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.