IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Cibitoke : Ikiziga c’umuntu atamenyekanye catowe ku nkengera z’ikibira

Cibitoke : Ikiziga c’umuntu atamenyekanye catowe ku nkengera z’ikibira

mardi 20 février 2018

Amakuru ava aho i Bukinanyana, amenyesha ko ico kiziga catowe cari kiboshe, abaho muri ako gace bakamenyesha ko yoba yiciwe ahandi hanyuma ikiziga kiza gutabwa aho catowe.

Abajejwe umutekano mu ntara ya Cibitoke bavuga ko bamaze kurungika inyamiramabi kugira zitangure amatohoza.

Ku ruhande rw’abajejwe intwaro, bavuga ko icihutirwa ari guca bashingurana iteka ico kiziga.


MUGISHA Van Naris

Messages

  • Ariko se aya mabi aca abandanya, abarundi ntituzohona koko, nta muni uhera ntumvise umuntu wiciwe mu kibira ikiziga catowe ahant hatandukanye bizohera bite ryari ni nde uzobihagarika mugabo. ni agahomeramunwa. None aba hoho bazira iki ? tuzokomeza turebere gusa ngo inyamiramabi ziri mu matohoza adahera bizoshika ryari yemwe yemwe !!!!!!!1

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.