IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Freddy MBONIMPA : Abahungabanya umutekano mu Kamenge ni abaho (...)

Freddy MBONIMPA : Abahungabanya umutekano mu Kamenge ni abaho nyene"

samedi 6 Rusama 2017, par Egide NDUWIMANA

Umukuru w’igisagara ca Bujumbura, Fredyy MBONIMPA amenyesha ko abahungabanya umutekano muri zone ya Kamenge ari abantu b’aho nyene, akavuga ko ubuyobozi bw’igisagara ca Bujumbura budashobora kwemera ko zone ya Kamenge inanirana mu bijanye n’ukubungabunga amahoro n’umutekano.

Mu nama y’umutekano yagirishije kuri uwu wa gatanu, ari kumwe na Musitanteri wa komine Ntahangwa hamwe n’uwurongoye igiporisi mu gisagara ca Bujumbura, Freddy MBONIMPA aramutswa igisagara ca Bujumbura yibukije abajejwe intwaro mu gisagara ca Bujumbura ko bobandanya kwubahiriza ingingo y’uko ata muntu asubira kwiyunguruza kw’ipikipiki inyuma y’isaha cumi na zibiri z’umugoroba.

Freddy MBONIMPA yemeza ko biboneka ko ibirwanisho bihari mu banyagihugu bo muri zone ya Kamenge, agasaba abajejwe intwaro ko bohagurukira ikibazo c’abadandaza inzoga zitemewe n’amategeko, kuko ziri mu bihungabanya umutekano.

Mu gihe umwe mu bajejwe intwaro bari muri iyo nama yashikirije ikibazo c’abaporisi bamwe bamwe biboneka ko bakorana n’abahungabanya umutekano, umukuru w’igiporisi mu gisagara ca Bujumbura yabasavye ko bovavanura n’ingeso y’ukurya ibiturire, ahamagarira abegwa bose n’ikibazo c’umutekano ko bokorera hamwe mu kuwubungabunga.

Umutekano umaze iminsi uhungabana muri zone ya Kamenge, ahamaze kugandagurwa abantu babiri mu kiringo c’iminsi idashika cumi. Umwe yishwe atewe gerenade n’abantu bataramenyekana, uwundi nawe arashwa amasasu mw’ijoro ryo ku munsi wa kane, ababikoze nabo nyene bakaba batamenyekanye.


IGIHE

Messages

  • Mugiye mwemera ko abahungabanya umutekano ari abino mu Burundi none ko kuva muri 2015 mwabesheye u Rwanda?nimusabe u Rwanda imbabazi

  • Uwo aramutswa icahoze citwa igisagara ca Bujumbura yaraziko zirya nkoho bakwiragije mu mbonerakure be na Sebuja Munyoni arongoye icahoze citwa igipolisi c’igihugu PNB ( Police nuisible pour les Burundais) ko zitazokora ibara!! Narindire nawenyene zizomuhindukirira!! DD nintwaro mbi y’icaduka yayo ntamabi itazozana mugihugu!!! God damn it

  • Wakera(malade mental)= pigman. Ntaciyumviro comuvako. Kubera yishe benshi mumyiyerekano ubu yagwaye mumutwe.

  • Wewe wiyita wakera kombona murivyose utabura icuterera uzogeza ryari ???ikiboneka umengo uzivyose ukobiteguye none uretse kugayavyose vyiwanyu ntanakimwe wovuga ngwabantu bakwemere??mwenuyuyiyita Hutsi nagira ndabagirinama!!komwemera kagame nugwanda gwiwe kandi akaba yarabahaye ahomuba mumutekano wuzuye ntimworyangomuryame mukareka kwiyandurisha ivyigihugucanyu kumukizi mwububibwishi mukacibagira!!!ko kagame atarabirukana nimutekereze kuko ntazigera abatahukana iburundi kunguvu bitewe nuko mubusevya ukomushaka.nimbamuziko igihugucose arimbonerakure hamwemwoba mutibesha mumvugo nimucemucabugufi zibayobore kugeza hahindutse Leta izoba irongowe nuwomwitoreye nivyashoboka.ahonaho sejomugihe mugifise ivyiyumviro bishaje nkivyo bisabako muhindura ingendo hamwenabo usangiye agashimwe kingayi,mbega wakera urumuntu amezate?uvahehe?ubahehe?konumva urinyuma murivyose??vibuzimu mujibuntu mwe na Hutsi kuko igihecarabasize ibirometero vyishi.amatora azoba muri 2020 nimwitegurire guhiganwa murabeko haricomuzohanoba,ataruko muzosazana ibyiyumviro vyanyu murakoze nizereko mwumvise akamo ndabateye

  • nubwire ingabo zigihugu zimese iyomihimbiri yidashaka amahoro .

  • Ncutizanje munyihanganire kuba ngomba bwire irijambo umuntu nka Wakera asanzwe afise utubazo mumutwe.
    Wakera ukoresheje iryozinanaryo ryawe mukurekura ivyiyumviro biva mubwoburwayi burimumutwe wawe maze ukareka gukoresha izinaryanje (Husti) tivyokunda?
    Egondavyemera ko umazekubona kwabantu bakunda izinaryanje kubera ivyonandika vyubaka uburundi, none ucawibaza urikoresheje ibijanye nivyabamijeri kwabantu bocababikunda ngonuko wakoresheje izina Hutsi!!!???
    Ntibitangaje ndabibuka mri 2015 ukuntu mwica abantu mukaca mubafotora mugaca mutera induru ngo reta naba polisi buburundi ngobamaze abantu, ariko urabona konavyo bitatevye kumenyekana ko arimwebwe mwabica mukacamubishira kuri reta yuburundi na polisi y’igihugu cu Burundi.

  • Ivyowakera Yivugisha Jewe Ndamuzi Ahobahora Bacumita Abantubabicisha Imigano Bitwa Abasanzesheke Aboyicishije Imigano Barabaye Ivyoyandikanishavu Kuko Nkurunziza Atacihanganira Abica Ubwoko Bagakingira Ubundi

  • Mwebe Wakera na Hutsi,
    Ubwo ntimuriko murata umwanya mukuboroga kuri ino plate forme. Mwaje se? hakuborogera kuri ngaha?

  • Barundi rero njye mba hano mu Rwanda gusa nabonye bene wanyu bari i Mahama birababaje : uburaya,kunywa urumogi,ubusinzi ,kwiba,....Gusa hari umurundi mwene wanyu witwa Wakera (umutwa) nawe nkurikije ibyo yandika buri gihe aserereza umukuru w’igihugu cy’uburundi ntekereza ko uwo mutype afite nostaligie yo guhonya ubwoko nkuko ba se babikoze muri 72-73 batsembatsemba abahutu i Burundi.

  • Ha!!! Abantu Bobo Baza Guhona Nkibitungwa! Ko Twirigwa Turumva Ngo Umutekano Ngo Niwose Non Abajejwe Umutekano Bakoriki? Bararaba Neza Ntibabe Aribo Bica Izo Baragiye!

  • @Serupyipyinyurimpyisi Gaspard, Iyinterahamwe irantwenza, Wakera ntimuzopfa munganye kuko his ( her) hands are clean!!! Amashamba ya pfizi kwa Dunia naza Rucyuro muza kumara abarundi!!! Muzopfa mwangara mwe nizo mbonerakure!!!

  • Iyi mujeri yitwa Wakera izopfa yangara nka Gahini.

  • @Wakera.None uri umu pedophile cyangwa ikinyabibiri. Niyo mpamvu wanga Nkurunziza. Tekereza kubwira Serupyipyinyurimpyisi ngo: ngo wakera ntimuzapfa munganye kuko( his/her )hands..... Aba homo nkamwe Nkurunziza ntabashaka i Burundi. Muzajye i Mahama muture kuko Kagame nawe ari umutinganyi(homosexuel)

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.