IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > umutekano > Gitega-Mutaho:Umuvuzi yafashe ku nguvu umwigeme yafashwe n’igiporisi

Gitega-Mutaho:Umuvuzi yafashe ku nguvu umwigeme yafashwe n’igiporisi

Friday 27 July 2018, by vianney

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no kurwanya ibiza, Pierre NKURIKIYE amenyeshako Jean SIBOMANA yafashwe isaha zine z’ijoro mu bitaro vy’i Mutaho biri mu ntara ya Gitega.

Ayo makuru avugwako ubu Jean SIBOMANA ari mu minwe y’igiporisi.


Vianney BIKORIMANA

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.