IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Gitega : Umutama w’imyaka 100 yishwe aciwe umutwe

Gitega : Umutama w’imyaka 100 yishwe aciwe umutwe

lundi 11 Nyakanga 2017, par Egide NDUWIMANA

Ababanyi b’uwo mutama yagandaguwe bavyutse kuri uwu w’Imana basanga igihome c’inzu yiwe cabomowe, binjiye kuraba basanga uwo mutama yahora yibana wenyene yishwe n’abantu bataramenyekana bamuciye umutwe.

Abo babanyi b’uwo yishwe bikeka ko boba ari abasuma babikoze, kuko uwo mutama yari umudandaza.


Egide NDUWIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.