Accueil > Amakuru > umutekano > Ibiziga bibiri vyatowe bireremba ku ruzi Rusizi
Ibiziga bibiri vyatowe bireremba ku ruzi Rusizi
mardi 5 Kigarama 2017, par
Ababonye ubwa mbere ivyo biziga bamenyesha ko abo bantu batamenyekanye, bakavuga ko ivyo biziga vyabo vyari biboshe amaboko.
Gushika ku mugoroba wo kuri uwu wa mbere, ivyo biziga ntivyari bwakurwe mu ruzi Rusizi.
- Uruzi Rusizi
Egide NDUWIMANA
Messages
5 Kigarama 2017, 12:13, par Busurahende
Ufashwe hagati mu gisagara ca Bujumbura ishengero rikoranye, izuba riva, uzotorwa mu nzuzi canke mu biyaga baraguhejeje kubera ko "mu gihugu cikukiye nta uzobikurikirana". Uwo ni umugambi wo muri "bazopfa bangara."
6 Kigarama 2017, 15:26, par Manariyo
Interahamwe n’Imbonerakure nizo zabanize ntawundi,erega Peter yaravyivugiye,kumeswa hageze