IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Igiporisi cerekanye abagirizwa kunyuruza abantu

Igiporisi cerekanye abagirizwa kunyuruza abantu

vendredi 21 Ndamukiza 2017, par Egide NDUWIMANA

Igiporisi c’Uburundi cerekanye abantu babiri bafashwe bagirizwa ko aribo bategera abantu, bakabasahura kandi bakabanyuruza babacishije mu Rukoko. Abo bantu afatanwe n’ibirwanisho bahora bakoresha, nk’uko umuvugizi w’igiporisi yabishikirije.

OP1 Pierre NKURIKIYE avuga ko ubugizi bwa nabi bugizwe n’ubusuma hamwe n’ukunyuruza abantu bwakozwe i Gihanga, mu Gatumba n’ahandi vyagirizwa abo bantu, mbere bakavyiyemerera.

Amatohoza yakozwe n’igiporisi yerekanye ko abo bagizi ba nabi biba kandi bagafata abantu kugira basabe amafaranga imiryango yabo, babashikanye muri Congo aho bagabanganira ivyo baba bivye.

Abantu batanu bariko biyunguruza mu modoka yo mu bwoko bwa "Bus" baheruka kunyuruzwa kw’ibarabara rya Gatumba, muri abo banyurujwe hakaba harimwo umusaseredoti wo muri Ekereziya Gaturika, Patiri Adolphe NTAHONDEREYE. Mu giporisi bavuga ko amakuru bafise ari uko abo banyurujwe bari muri Congo


IGIHE

Messages

  • Ndababaz,abo babah ayo makuru ntimwobakorerako ben kunyuruzwabakaboneka?

  • Jew Ukwo Kunyuruza Abant Vyandambiy.Nne Muburund Kohuzuy Abapolisi Bensh Kuk Reta Itabashira Kumipaka Babacanamw?Cank Muduhe Ibigwanish Twikorer Irondo?

  • Uwo mubugizi wa Police nuisible pour les Burundais ( PNB) arateye agahinda!!! Ubu ntaramenya ko twamuhinyuye atanuwugita umwanya yumviriza amarementanya yiwe!!! Aho arazana imbonerakure zahawe Buruguri kubera ikigoyi catewe n’intwaro y’icaduka zikaza kwemanga ngo zinyuruza abantu kugire ziremeke inteba ishushe kunzirakarengane ngo nabo bakorana!!! Nateshwe ate!!! Ababanyuruza n’imbonerakure zo muri Kiliba ONDES kuko nejo abafurero bo muri Secteur 5 bariko baridoga cane ko imbonerakure zibambura, zikabafatira abakobwa n’abakenyezi kunguvu

  • Nkulikiye igihe wahereye ubesha nturakizwa?mu minsi iheze ikibaye cose wacegeka k’U Rwanda n’u Bubiligi none ubu usimbiye kuri Congo, twarakumenye sha, ujinga mzigo kweli

  • Ntimuberekane gusa munabahane vy, akarorero multi ibintu vyarahindutse! Burundi bwo muri za 1960-2005 butandukanye nubwunomusi! Ikibazo cari cugariye Ku gisirikare!!!!! Ubu carakemutse !!! Dushime Imana. Amen

  • Wu mu sans echec WAKERA mumurondere nawe ari muri abo ba terroristes banyuruza abantu.

  • Mediator, I am glad you are using a language you do understand. You were thinking that using english would make us astonished and then give a level of education that you don’t deserve!! You were making too many mistakes i your bullshit comments!

  • @Wakera. Bite mujeri we! Impengeri zi Mahama zikugezehe? Kenyera uzirye kugeza ibondo rikumenetse naho Petero Nkurunziza azatwara uburundi ubuzima bwe bwose. Niba ukomeje kumwanga uzapfana agahinda.

  • @Fake mob, Ndi ngaha kwa Gerard nsangaho ubombwire neza! Nayo kubera uri umusegererezi, bandanya wigira umubuguzi wa Gatinyashengero yicishije igihugu inzara, umunuko mugisagara, kwica, kwiba, gufata kunguvu!!! Izo nyenga zanyu zotuzura basha mumisi muzozuzuza ama......ntoke!!!!

  • @wakera. Ni ukuri uri igikwangari mumutwe. Ibyo Mob yakubwiye niba ufite ubwenge wumvise. Naho njye mbona adresse yawe utuyeho ari kwa le GENTIL.

  • Tiis man Wakera is mentally sick. If I was him I would find a goed Doctor who is specialist . Instead of giving good ideas he cotinues vomiting on this website.

  • @Turaje, Mediator: I told you guys, you militia Imbonerakure and the DD system are messing up our Country! Instead of giving your opinion on a written news, you keep on attacking an individual because the truth hurts . God damn the DD system and its militia imbonerakure that kill, kidnap and rape! Go to hell.

  • Ibi vyose tubona ubu vyazanywe na Nkuru kuko ataragwanira ikiringo 3 aya mabi yose ntiyariho. Rero niwe yataye uburundi mwihumbi Azobibazwa vyanka bikunda. Rindira zihindure imirisho 2020

  • WAkeri is meester pig. I swear .

  • Abob bantu nibahanw,kumugagar.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.