IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > umutekano > Kirundo: Abantu 16 birukanywe mu Rwanda

Kirundo: Abantu 16 birukanywe mu Rwanda

Thursday 5 July 2018, by vianney

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no kugwanya ibiza,Pierre NKURIKIYE amenyeshako abo birukanywe ari abagabo 2 bo muri komine ya Kirundo.

Abandi bantu 9 bagizwe n’abagabo 8 n’umugore 1 nabo muri komine Busoni ,umugabo wo muri komine Bugabira,umugabo wo muri komine Vumbi hamwe n’abagabo 3 bo mu ntara ya Muyinga.


Vianney BIKORIMANA

Forum posts

  • Nibahashe izo ntumva!!! Bagiyeyo gukora iki?

  • Ngobarikobarazira kubwirwa kujamubojugirira nabi Uburundi bakavugango ntimudushire murivyo ngotwavuye Burundi kuneza, bongera bababwira ngobaje munkambi ngwigitigiri cimpunzi congerekane bararahira ngotwebwe ntitwaje nkimpunzi, nibindivyishi babwirwa bidaha agateka kiremwamuntu.

  • None kubera iki abahungutse ari ngombwa babicarike hasi? Ako gateka kazina muntu......Huuum!

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.