IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > ishirahamwe > Bujumbura: REGIDESO ivuga ko hari ibikorwa bizotuma itangwa ry’amazi (...)

Bujumbura: REGIDESO ivuga ko hari ibikorwa bizotuma itangwa ry’amazi ritagenda neza muri Mukaza na Muha

Thursday 12 July 2018, by vianney

Mw’itangazo inomero 1427/503-01 ryateweko umukono n’umukuru wa REGIDESO Simeon HABONIMANA risaba abanyagihugu gukora ibishoboka kugira bitunganye mu gihe ivyo bikorwa bizoba bikibandanya.

Simeon HABONIMANA avuga ko ivyankenerwa vyose biriho kugira ico gikorwa kizonyaruke.


IGIHE

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.