IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > umutekano > Mairie: Umuntu umwe yishwe n’imvubu,ubwato buroba nabwo burasambuka

Mairie: Umuntu umwe yishwe n’imvubu,ubwato buroba nabwo burasambuka

Tuesday 4 September 2018, by vianney

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no kugwanya Ibiza Pierre NKURUKIYE amemnyeshako Umuntu umwe yasomye nturi ahava aritaba Imana uwundi nawe acika kw’icumu.

Ayo makuru avuga ko uwitwa Bosco NTIKABAKAMWE wo mu Buterere ariwe yishwe n’iyo mvubu mu gihe uwitwa Nsabimana wo mu Ruziba nawe yahatswe kwicwa niyo Mvubu.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.