IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Misiri : Umukuru w’igihugu Sissi yatsindiye ikiringo ca kabiri

Misiri : Umukuru w’igihugu Sissi yatsindiye ikiringo ca kabiri

mardi 3 Ndamukiza 2018, par Egide NDUWIMANA

Donald Trump, umukuru w’igihugu ca Amerika kuri uwu wa mbere, yamuterefonye amukeza baca bemeranya ko imigenderanire igiye gukomezwa hagati y’ibihugu barongoye.

Abatavuga rumwe n’ubutegetsi bavuga ko hari amajwi arenga umuriyoni yoba yatowe n’abantu batari ku ntonde z’amatora, aho ni mu gihe bemeza ko Sissi yatsinze urukombamazi.

Abanyeporitike batavuga rumwe na Reta harimwo abavuye mw’ihiganwa abandi barahagarikwa, bariko basaba ko ayo matora yohagarikwa.

JPEG - 40.8 ko
Abdul Fattah al-Sissi umukuru w’igihugu ca Misiri

Callixte NDIKUMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.