Accueil > Amakuru > umutekano > Muramvya : Amasasu atari make yumvikanye
Muramvya : Amasasu atari make yumvikanye
jeudi 20 Gitugutu 2016, par
Amasasu yarumvikanye mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatatu ushira uwa kane, mu ntara ya Muramvya. Yari umunyororo atorotse ibohero.
Abaporisi bari bamucunze nibo barashe ayo masasu mu gihe uwo munyororo yari atorotse, kugira bamuhagarike.
Uwo munyororo yarasize abo baporisi, ariko mu nyuma akaba yahavuye afatwa, bamusanze aho yinyegeje.
IGIHE
Messages
20 Gitugutu 2016, 12:19, par Axxxx
Arakabona Afashwe Yatorotse Hataragera
20 Gitugutu 2016, 14:31, par VUGUKURI
NTIBABE BACA BAMURUHURA AHO YIRIGWA ARABABIZA ICUYA. IWO USANGA ARI MURI YAMIHIMBIRI YAGOMBA GUTA IGIHUGU MUMANGA BITWAZA AMA COUP D,ETAT.NEJO NKABO MUBAFASHE BAMUCA MUGIRAKO.
20 Gitugutu 2016, 16:23, par Karorero
Nkuwo ntibirirwe basubiza mubandi nibamushirire aho ashaka yahemukiy igihugu none yanke noguhanwa uwo wewe ntakabuza ibara aracarikora ubona nkayo masasu yatakaye kandi twimirije kuya mesuza kagome araduhombesheje niyongerezwe igihano.
20 Gitugutu 2016, 17:11, par Kayijamahe Robart
Iyi polisi yuburundi ifise icyisumbije cyane polisi yahagaha iwacu Rwanda kuko nkuwonguwo ahangaha iwacyu bariguhita bamurasa agapfa.
21 Gitugutu 2016, 13:32, par Thierry
Yari yatinye ugwo bamucira canke yari yatinye imyaka izohwana nicaha yari yarakoze?
21 Gitugutu 2016, 22:39, par Aimable Nbtnga
Biratangaje Pe!Jewe Kwibohero Ndahazi Uwomu Catcher Nibamurekure Kuko Yerekany Ubwenge Nukubanguka Afis.Abasigay Mwibohero Nibamusenge Kandi Uryamunuko Uri Kwirembo Uzotorokesha Nabandi.
22 Gitugutu 2016, 14:53, par hilali
Non uyo munyororo nti bamukubis?
18 Munyonyo 2016, 12:50, par ndayishimiye emmanuek
nibyiza kubamufashe