IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Musaga : Abantu 11 barakomerekejwe na gerenade

Musaga : Abantu 11 barakomerekejwe na gerenade

lundi 12 février 2018

Amakuru dukesha igiporisi c’Uburundi amenyesha ko iyo gerenade yatewe nk’igihe c’isaha zitatu z’ijoro, ku bunywero bwitwa ku Mutobe, buri mu gace kitwa Ceceni, muri quartier Kinanira, hafi y’uruzi Kanyosha.

Mu giporisi c’Uburundi bamenyesha ko inyuma y’iterwa ry’iyo gerenade hari abamaze gufatwa ku mvo z’amatohoza.

Mu bajejwe intwaro aho ku Musaga, bamenyesha ko bagiye gukomeza amanama y’umutekano, aho babona umutekano udatsimbataye bagerageze kuwutsimbataza.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.