IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Muyinga : Abantu 4 bishwe n’abantu bataramenyekana

Muyinga : Abantu 4 bishwe n’abantu bataramenyekana

lundi 4 juin 2018

Amakuru ava aho mu ntara ya Muyinga, amenyesha ko muri abo batatu bishwe harimwo umwana yari amaze amezi atatu avutse.

Ababanyi b’abo bitavye Imana, bamenyesha ko abo bishwe boba bazize indyane z’amatongo ziri mu muryango.

Mu bajejwe umutekano, bamenyesha ko abantu bane bamaze gufatwa ku mvo z’amatohoza.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.