IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Ngagara : Inkoho imwe yafashwe

Ngagara : Inkoho imwe yafashwe

mardi 20 Ruheshi 2017, par Egide NDUWIMANA

Mu giporisi bamenyesha ko iyo nkoho yari kumwe n’igikono (Chargeur) cayo cuzuye amasasu.

Ayandi makuru atangwa n’igiporisi avuga umugore azwi kw’izina rya Francine NSENGIMANA yitavye Imana yishwe n’umugabo wiwe.

Uwo mugore asize abana batatu yapfiriye kwa muganga, aho yariko aravurirwa, inyuma y’ugukomeretswa bikomeye n’umugabo wiwe Gabriel NYABENDA.

Uwo mugabo yagirizwa ico caha ari mu minwe y’igiporisi.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.