IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Muri Afrika > Nijeriya: Abasirikare 5 baguye mu gitero ca Boko Haram

Nijeriya: Abasirikare 5 baguye mu gitero ca Boko Haram

Friday 1 June 2018, by Jean De Dieu

Amakuru dukesha BBC amenyeshako igisirikare ca Reta camenyesheje yuko bamwe mu basirikare ba Reta bapfuye baguye mu mutego abandi nabo bahonyora ibisasu bihambwe mu kuzimu vyatezwe n’abo bagwanyi.

Umurwi Boko Haram washinzwe mu mwaka wa 2002 n’uwitwa Mohamed Yusuf ukaba ukunda kugaba ibitero vyinshi mu gihugu ca Nijeriya eka no mu bihugu bibanyi naco ukaba wipfuza gushinga igihugu gishingiye ku mategeko ya Kisiramu.

Reta ya Nijeriya isanzwe ivuga ko uyo murwi waneshejwe ariko abarwanyi buyo murwi ntibasiba kugaba ibitero ku banyagihugu hamwe no kubasirikare.


Bikorimana Vianney

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.