IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > ishirahamwe > REGIDESO ivuga ko umuyagankuba utazotangwa neza mu bice vya "industriel” (...)

REGIDESO ivuga ko umuyagankuba utazotangwa neza mu bice vya "industriel” n’ibice bimwe vya Mukaza

Thursday 19 July 2018, by vianney

Mw’itangazo inomero 1471 /503-00 ryateweko umukono n’umukuru wa REGIDESO ,Simeon HABNIMANA rimenyeshako kubw’ibikorwa bitegekanijwe vyo gusubiriza intsinga ziri k’umuhora wa SNEL bizotuma umuyangankuba udatanwa neza murivyo bice.

Iryo tangazo riheraheza risaba abanywanyi baryo kwitegura murico gihe umuyagankuba utazotangwa neza.


IGIHE

Forum posts

  • Turasavye ko mwotuvugira
    cote Carama1
    Hari amabarabara adafise amatara
    nayo nibarabara 7 8
    ariko ayandi yose arafise
    akamaramaza raba namwe
    abafise 123456 9 10 11 aba bose barafise sauf 7 et 8
    directuer wa REGIDESO ABIDUSIGURIRE
    Murakoze

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.