IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Rugombo : Umusore yishwe n’abantu bamusanze aho akorera

Rugombo : Umusore yishwe n’abantu bamusanze aho akorera

lundi 6 Ntwarante 2017, par Egide NDUWIMANA

Umusore akiri muto w’imyaka 14 yishwe mw’ijoro ryo kuwa gatandatu, ku musozi Rusiga, komine Rugombo, mu ntara ya Cibitoke. Abajejwe intwaro muri iyo ntara bamenyesha ko abishe uwo musore boba bamwitiranije n’umukoresha wiwe.

Mu giporisi mu ntara Cibitoke bavuga ko uwo musore yatowe ikiziga yasumiswe imbugita mu gikiriza, mu nyuma baramuniga, ivyo vyose bikaba vyabereye mu bwiherero (Toilettes) bw’akabare uwo musore yakoramwo.

Mu giporisi co muri iyo ntara bashikiriza ko amatohoza yatanguye kugira abamwishe bamenyekane.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.