IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Rumonge : Ikiziga c’umuntu catowe kimanitse ku giti

Rumonge : Ikiziga c’umuntu catowe kimanitse ku giti

samedi 15 Mukakaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Abanyagihugu begereye ahatowe ico kiziga ntibashoboye kumenya uwo muntu yagandaguwe, bakibaza ko yoba yiciwe ahandi, mu nyuma akazanwa kumanikwa kuri ico giti.

Abajejwe intwaro mu ntara ya Rumonge bamenyesha ko amatohoza yatanguye.


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.