IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > umutekano > Rumonge: Umuntu umwe yakomerekejwe n’igisasu ntezwantoke

Rumonge: Umuntu umwe yakomerekejwe n’igisasu ntezwantoke

Wednesday 11 July 2018, by vianney

Amakuru amenyeshako kimwe murivyo bisasu kitaturitse abajejwe umutekano baciye bagituritsa mu gatondo k’uno musi.

Ayo makuru avuga ko amatohoza aza yatanguye kugira hamenyekana icatumye ivyo bisasu biterwa.


IGIHE

Forum posts

  • Ababitanze mubabyagihugu baciye bigira mu Bubiligi abandi Rwanda none bwabwiye abobabibaye basanzwe bari Burundi ngo nibabikoreshe ngowuzogikoresha akatubwira koyagikoresheje tuzomuha amahera kandibirya yishe abantu aronkameshi gusumba gukomeretsa, ngabo abantu bashigikiwenu Bubiligi! Wakoroni wantuwabaya saaanana.

  • @Twaje
    Hewe sha!
    Haje icaduka kikabwira gutema mwenewanyu ukavyemera wumva umubi ari inde? Erega uwutera icumu mwenewabo umutiza umugano!

  • Nukur Muburund Dufise Ishavuryish

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.