IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > ishirahamwe > SOS-Torture: 5 barishwe, 6 baburirwa irengero mu ndwi imwe gusa

SOS-Torture: 5 barishwe, 6 baburirwa irengero mu ndwi imwe gusa

lundi 13 Ruhuhuma 2017

Ishirahamwe SOS-Torture Burundi rimenyesha ko abantu batanu bishwe ,abandi batandatu baburirwa irengero mu kiring c kuva kw’igenekerezo rya 4 gushika kurya 11 Ruhuhuma ,umwaka wa 2017.

Mu cegeranyo ishirahamwe SOS-Torture ryasohoye, rimenyesha ko mu kiringo c’indwi abantu batowe ibiziga mu bice bitandukanye vy’igihugu, abo nabo bamwe bagafubwa batamenyekanye imyidondoro yabo.

Muri ico cegeranyo, ishirahamwe SOS-Torture rigaruka kandi kw’ihagarikwa ry’umukozi w’ishirahamwe ryitaho imbabare Croix Rouge Simon NIMBONA yafatiwe mu ntara ya Karusi ariko akora amatohoza ku bijanye n’umugera wa Sida.

Ishirahamwe SOS-Torture rirangiza rimenyesha ko rigiye gutanguza igikrwa co gushira ahabona abacamanza n’abashikirizamanza bazokoreshwa n’ubutegetsi.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.