IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Umunyamabanga mukuru wa COMESA agiye guhagarika imirimo

Umunyamabanga mukuru wa COMESA agiye guhagarika imirimo

lundi 4 juin 2018

Mw’ikete yanditse, Sindiso Ngwenya amenyesha ko wewe yari yipfuza kubandanya ari umunyamabanga w’ishirahamwe COMESA, gushika inama y’abashikiranganji ibaye, ari naho yovugiye ko atazobandanya ari mu mabanga.

Muri iryo kete, Sindiso Ngwenya, avuga ko azotanga icegeranyo cerekana ibikorwa yakoze, ’itegurwa akagiha inama y’abashikiranganji b’ibihugu vya COMESA, aho azokwerekana ivyagenze neza mw’itegurwa ry’inama, yerekane kandi intambamyi hamwe n’icokorwa.

Sindiso Ngwenya avuga ko ryabaye iteka kuri we gukorera ibihugu bigize ishirahamwe ry’isoko rusangi hagati y’ibihugu vy ‘akarere ka Afrika y’Ubuseruko na Afrika y’Epfo.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.