IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Umushikirizamanza mukuru wa Rumonge yatewe n’umuntu amusanze mu (...)

Umushikirizamanza mukuru wa Rumonge yatewe n’umuntu amusanze mu biro

jeudi 7 Nyakanga 2017, par Egide NDUWIMANA

Amakuru dukura kuri Parake nkuru y’intara ya Rumonge amenyesha ko uwo yagira agandagure umushikirizamanza mukuru mu ntara ya Rumonge ari umuporisi.

Uwo muporisi yafashwe, bikaba bitegekanijwe ko acirirwa urubanza rw’ikibiriraho.


Egide NDUWIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.