IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Zimbabwe : Robert Mugabe yanse kwitaba Inama Nshingamateka

Zimbabwe : Robert Mugabe yanse kwitaba Inama Nshingamateka

jeudi 24 mai 2018

Robert MUGABE yari yatumweko kur’uyu wa gatatu igenekerezo rya 23 Rusama 2018, n’umurwi w’Inama Nshingamateka wiga ibibazo vy’ubutare n’amasoko ntanganguvu, ariko ntiyitaba.

Umukuru w’uwo murwi, Temba Mliswa, yamenyesheje ko Mugabe atigeze yitaba, kugira yisigure, ariko ko uwo murwi nyene waciye umwandikira, umutumako mu ntango z’indwi iza.

Uwo yahoze arongoye igihugu ca Zimbabwe ntabaye uwa mbere atumweko, kuko uwo murwi war’umaze gutumako abahoze ariIyi komisiyo yamaze guhata ibibazo abahoze ari aba minisitiri, abayobabashikiranganji, abaporisi hamwe n’abari barongoye ibigo vya Reta, kugira babaze ku bijanye n’igiturire.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.