Accueil > Amakuru > umutekano > Abantu indwi nibo baguye mu gitero cakozwe ku modoka ya Gen Prime (...)
Abantu indwi nibo baguye mu gitero cakozwe ku modoka ya Gen Prime Niyongabo
vendredi 11 Nyakanga 2015
Abantu indwi nibo bapfuye baguye mu gitero cakozwe mu gatondo ko kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 11 Nyakanga 2015,kw’ibarabara rija mu ntara ya Rumonge ku modoka ya Gen Major Prime Niyongabo,umukuru w’ibiro bikuru vya gisirikare.
Icegera c’umukuru w’igipolisi c’Uburundi Godefroid Bizimana yavuze ko igitero cakozwe ku mukuru w’ibiro bikuru vy’igisirikare ariko ataco yabaye,ariko babiri mu bakoze ico gitero bishwe harimwo n’umwe yafashwe.
Amakuru ava mu gipolisi c’Uburundi amenyesha kandi ko abasirikare bane bamucungerera umutekano bitavye Imana,harimwo n’umupolisi umwe w’igihugu yaguye muri ico gitero.
Ico gitero cabaye nk’igihe c’isaha icumi na zibiri n’iminota 45 z’igitondo,hafi y’ikiraro c’uruzi Muha,cabaye inyuma y’ukwezi kurenga,uwundi mu general Adolphe Nshimirimana agandagauwe,hari kw’igenekerezo rya 2 Myandagaro 2015 muri zone ya Kamenge iri mu buraruko bw’igisagara ca Bujumbura.
Van Naris Mugisha
Messages
11 Nyakanga 2015, 11:29, par Donatien
Abo bicanyi barakwiy kumenyekana abantu bose tukabamenya
11 Nyakanga 2015, 11:30, par BIZOBANDANYA
YAROKOTSE !! NDABABAYE CANE ! URAZI IVYO YAKOREYE NIYOMBARE ? YARAMUHEMUKIYE PE !!
11 Nyakanga 2015, 11:39, par BONA
NONE KO AMAKUNGU YASEMEREYE ATI ENDA NIMUGANIRE RETA IKANKA!!! NUKURI NABADO AKARINYUMA KARAHINDA!!!!
11 Nyakanga 2015, 11:43, par Claudine
Sha twaratewe ntitwabimenya!!!!! Pole mon général!!!
11 Nyakanga 2015, 11:43, par kamari
muburundi dukwiyegusenga.
imana izoduhana
11 Nyakanga 2015, 11:48, par NIMWIVANGURE
NONE MURINZENDE NIMWIVANGURE MUTIVANGUYE BARABAMARA
11 Nyakanga 2015, 11:51, par ngendabanka anglebert
Ndahaye Pole Umukuru w’Intwaramiheto z’Uburundi aho Imana Imurokoye mugitero Cinyankaburundi Zifise Umugambi Woguhekura uburundi abavye nibibondo. Mpojeje leta yuburundi ihejeje kubura abasoda n’aba polisi bari bajejwe umutekano w’Igihugu. Nkasaba ko Abobicanyi bihaye umugambi wo guhekura uburundi n’abarundi bocirirwa urubabereye mukutabinjiza mugasho kuko boba bagiye gutera ambutiyaje.
11 Nyakanga 2015, 11:54, par admune
harakwiy ibiganiro kweri pe!amakungu arindiy gukiza ibiziga?
11 Nyakanga 2015, 11:58, par admune
harakwiy ibiganiro kweri pe!amakungu arindiriye gukiza ibiziga?igihug cacu kigiy kuba idonzi!dufash basha nukuri!!
11 Nyakanga 2015, 12:05, par niyomukiza pacifique
non.arik.mana!abobicany,tuzobagira.dut?mana.fashu,uburundi
11 Nyakanga 2015, 12:06, par admune
ni hatari kweri!amakungu arindiriy gufasha ibiziga?nabona ko ibiganiro bikenewe kuko bazokwica umutegets hace haba ihonyabwoko nkuk vyabaye icenda na gatatu
11 Nyakanga 2015, 12:06, par L
À
11 Nyakanga 2015, 12:07, par admune
ni hatari kweri!amakungu arindiriy gufasha ibiziga?nabona ko ibiganiro bikenewe kuko bazokwica umutegets hace haba ihonyabwoko nkuk vyabaye icenda na gatatu
11 Nyakanga 2015, 12:07, par Barumwete
Abo bose n’abandi bagipfa bazize ukurenga amategeko kwa Nkurunziza
11 Nyakanga 2015, 12:10, par niyomukiza pacifique
ntakund.mana.dufash
11 Nyakanga 2015, 12:11, par nitwahabi neza
Abobicanyi.baragowekukobashakaigihugu.bacishijemumaraso.ariko.iherezo
.ryabo.rizobaribi
11 Nyakanga 2015, 12:17, par AJ
YABUZEGUPFA.IMBWA NIYONGABO
11 Nyakanga 2015, 12:58, par burundi
ooooooooooooooooh so SAD kabisa! abo bantu kakoze ico gikogwa cikabananira bakwiye guhanywa vraiment. mission failed kweli ? uyu mu DD ubundi ari munyongezo yari kuba yararangiye keraaaaa! any way abateguye ico gikogwa bategure kandi ikosora baccomplishing mission by another team . kdi abobo bayi rase bahanywe
11 Nyakanga 2015, 12:58, par zabulon kwizera(key-z wasafi)
emwe yemwe.président azohava asanga yaribesheye.yavuzek umutekano ugiye kugaruka turonke amahoro,none yiyumviriki nkubu?guhuma amaso abarundi namakungu gusa.navugeko vyamunaniya atange turuhuke.
11 Nyakanga 2015, 13:00, par freedom
nne tutabeshanya abobateye bajebava mwishamba?
11 Nyakanga 2015, 13:05, par Ciramunda Richard
Abateguye uwo mugambi bazicuza kuko ubu batumye Nkurunziza amenya umwanzi. Umwanzi wambere ni abasoda b’abatutsi bari muri camp Muha na camp Para. Abo bicanyi bashyigikiwe na Rukaraba Kagame bakaba bibumbiye mucyitwa Cercle Buyoya
11 Nyakanga 2015, 13:06, par Melyse
Ivyu burundi nihatari!none bagomb ingabo zose zihere!bakwiye kwisubirako.Niyo ngabo ndayihaye pole yahabonye Imana.murakoze
11 Nyakanga 2015, 13:26, par ciza theoneste
ndabasabe gabanye ukwihangana tuzoshiduka twaheze tange akanya twikure umwasi kwizosi amerika ntituyitinye murazi muzehe gnl mwese bakabamara tuzojahe garure ubwenge twikingire hakirikare duhebe itiro turimwo ciza theoneste
11 Nyakanga 2015, 13:32, par WAMBAVYE
HEW WAROKOTSE MUNYUMA TUZOGUFATA MPIRI NDAKURAHIYE ZEWAMBAVYE
11 Nyakanga 2015, 13:33, par Nahimana
Ijambo ry’Imana rivuga ngo uwicisha inkota nawe azokwicwa n’inkota.Bakiri mw’ishamba barishe n’uyu munsi bakomeza kwica?iyi ntwaro ntaco tutazobona.Prime amuhigira iki ko yamutabaye bagiye kumutembagaza ahaa biramugoye ariko yiruka n’umugabo afise ingabo?
11 Nyakanga 2015, 14:27, par NIYIHANGANE
THADE
11 Nyakanga 2015, 14:39, par MANDEVU
Ariko ga mana yarokotse uyo mugesera koko????? Ndababaye cane ese ga basha abaje sibabandi barabira rudolfo? Urazi ingene yahemukiye NIYOMBARE? Reka ubwakabiri hoho ntazorusimba mudahevye iyo mandat chunga mze utaona. Uyu nawe wamashapo nka nyawivundwe ngo mubarwanyi hapfuye babiri ko mutaberekanye?mwebwe mwanka abatutsi none Rwasa ko mwanka ko akijako n’umututsi? Ntibava muntara imwe nico kijuju? Reka rero bagisubireko kugira kizosubire mumaboko yabahutu ndabarahiye erega iyo mwemera ntabwo cari kuzopfa gisubiye mumaboko yabo mwanka Domicien,Rwasa, sabahutu nabandi bari kuzoza bavuka mumigambwe yabo babahutu? Peter warikinze mugabougomba uzobizire.
11 Nyakanga 2015, 15:40, par maurice
Ivyobikoresho bakoresha mukwica babifateneza kuko nivyo bizoses amaraso yabo nabo!!
11 Nyakanga 2015, 15:49, par Uwubizi
None ga yemwe Nkurunziza tuzomugenze gute ko abandanya kwica abasoda biwe?!!! Ndi Général Prime nanje noca ndamwihora nk´umusoda nyene maze akabona ko ntari akana. Murabona!!! Puuu!
11 Nyakanga 2015, 15:59, par JB Mpiyama
Mbega nkurunziza weee, ntabwo ukunda uburundi nabarundi pe, kandi umaze igihe mu masengesho numugore wawe, urabeshya tu, uyu bahushije nagashinya nkakihene ninyinya nkiyurutozi rutunda umuceri, amaherezo nubundi muzogandagurirwa rimwetu.
11 Nyakanga 2015, 16:18, par imbonerakure
ariko abo batutsi umunsi twabahagurikiye nimurindire iyo propaganda yukubeshera umukuru wigihugu twarayimenye
11 Nyakanga 2015, 16:52, par mavoka
Nawe se yishwe n’abanyarwanda ra?
11 Nyakanga 2015, 17:09, par Igipina
Ahubwo rero, jewe ndi umukuru w’igihugu, noca ntanga indwi imwe yo gukora amatohoza, bakaraba icatumye bamuhusha!!! Mbega basha ca GIPURIZO fidelité ari hehe, ko atavuga?
11 Nyakanga 2015, 17:10, par Ephraim
Ubu ntibigoye bica umuhutu hakicwa umutuci Ubu nisawa tuzora abajonyaruka guhera
11 Nyakanga 2015, 17:20, par Banyankindagiye Xavier
Birababaje Birateye Agahinda Bafise Umugambi Ugayitse Wo Kutumarira Indongozi Nibabandanye Mwisho Bazobona Ingaruka Yavyo Iconashimye Nuko Harimwo Uwafasha Ukuri Kuzoja Ahabona
11 Nyakanga 2015, 18:08, par Thamboulah
Souvenez-vs le mot:" Mchezo wandani."
11 Nyakanga 2015, 18:19, par zabibu
Pole sana kaka yangu mungu atakuponya na yote
11 Nyakanga 2015, 18:35, par ndiho
we wiyita uwubizi ntaco uzi uri musi yikitazi urinjinji gusa
11 Nyakanga 2015, 18:47, par Burundi
Fash uburund MANA!
11 Nyakanga 2015, 18:48, par Tuzorurwana
None ingero yagereye mw’abandi we siyo agomba kugererwamwo Eka yemwe mu burundi namahorooo.
11 Nyakanga 2015, 18:49, par HAMIS SAIDI
Iyomitwe ipfuye ubwenge ntaco muzoshikako abafashwe mwico gitero bazovuga uwabatumye wariwe
11 Nyakanga 2015, 18:49, par Burundi
Fash uburund MANA!
11 Nyakanga 2015, 18:59, par Mukristumurugendo
Rekandababwire mwebwemwese mupaga uvyubwicanyi, nabobabafasha gushira mungiro ubwobwicanyi, namwemwese mugirumunezero iyohagize umuntu apfayishwe, mugiye kwicuza mugihe kitarambiranye, mugiyekugira ivyago bitaribwigere biba mubindibihugu, bimwemurivyishi bigiyekubashikira nibibikurikira: Kubarimubindibihugu vyokw’Isi mugiyekwankwa urunuka babatekeze mutangire mumere nkabatigeze kubaho kugezanaho ibizobabibabayeko bizotuma abeshi mu Burundi bumvabaciyebazinukwa ibijanyena Politike muzomera nkumuntu afise ifuyifarini ingana nikiro noneho akayisuka ahagaze kukintu gishashe hasi kandihariho umuyaga noneho yahezakuyisuka akayoberwa iyoyafu yazimanganiye. Ababirirwabaraturira uburundi nabarundi bibereye mubihugu bitandukanye twumva aribeshi mumisi bazoshira nkifuyimijiro kandi ntibazoba bapfuye bazobabariho arikobazobabari muri conditions zibicane kugezigihe Isibazobona yababanyento ayamazumeza babamwo bazoyahunga baboneko ahababereye kuba arimumashamba. Ababona kobavugabakumvirwa namakungu bazotakaza icizerebimwebitaribwabeho. Izirazitatu bazofata Ni: Bamwe bazojamugihugu basabe imbabazi, abandi mubusho, abandikwinyegeza mumashamba, arikoharihobake bazopfa sinzi ikizobica icarico arikohazobaharimwo nuburwayi budasigutse intuntu nokubawariwifashe ugasigara atawuguha niryere etc. Ababariko baricarero ntibibazeko bishobora kuzijana bitabagiriye ingarukambi kw’Isi nokuwabaremye data watwese womwijuru ivyozivyondabipfuriza kukojewe ndabakunda ariko ivyobakora sindabikunda.
11 Nyakanga 2015, 19:07, par ndayishimiye
Burya ntimwishinge gusamara murabona abahigwa abaribo nababahiga namwe humura amaso bibe uko vyobaye akase umugaga ntigasibira ikuzi...(bagaca babateranya ngo murasubiranyemwo kugira baronke ingene babahonya babinyegeje mwo .......).
11 Nyakanga 2015, 19:38, par mbega
Uyu musoda ngo ni Prime wo menga nuwo kwa Habyarimana juvenal
11 Nyakanga 2015, 19:43, par nkurumbi
mbe amapete abafirika biha bimaze iki? umuzungu yoba general hanyma n’umu DD inyeshamba ngo n’umu general. umupfu ntiyinukira. hama jewe Nkurumbi amaraso y’abanyagihugu ndiko ndasesa ni kw’izina rya yesu; mugabo ndagarutse yesu ni sekuru w/abayahudi, twebwe abafirika turi mu bwoko Ba-ntu rero ntidukwiye kwemera Imana tubicishije ku muco w’abazungu canke abarabu, aya madini y’abakoroni adukura ku muco, amazina tugahindura; dusubize igihugu ku muco, basokuru barabandwa kandi bari inyankamugayo; ubu turirimba yesu na muhamadi tukabesha, tukica, ubugome bukiyongera, tukiyongera ikiringo, ntidusonere amategeko. jewe ndi Nkurumbi Mavyarikwegera, Pierre ndarivuye ko niry’abazungu; mundekere kino kiringo ndihanuye nshaka kuba sebarundi, ntware igihugu nk’abami b’ubuRundi; dusubire ku muco, amagoti sinzosubira kwambara kugira nteze imbere impuzu kavukire, beneburundi biyumvemwo umukuru, umukuru afashe yongere akunde benegihugu, nivyananira gutegeka nzoca niha ubuki; amategeko, inyigisho ni mu kirundi, inamanshingateka ikoresha amahera bidakenewe, imisigiti n’amasengero birugawe kuko atari ubukoroni bibandanya kwigisha ntaco bimariye abafirika, bitwigisha kwisuzugura n’ugusuzugura umuco n’idini ndangakaranga; tubisubize agateka, dukosore aho bimwe bitoba bibereye tuvyoze tubisukure; hama amashure dushiremwo gahunda zijanye n’ubuzima bwacu kugira abaminuje baheze bazi ico barico n’ico bofasha igihugu cabibarutse. nuko dutunge dutunganirwe; naho Bagaza tutumvikana muvya porotike yari yagerageje, niwe mukuru yitaye ho abanyagihu
11 Nyakanga 2015, 20:01, par RUCIO
BAZOBAMARA IVYOSEbitegwanankurumbinarindirenawenebazomushirakumurongo
11 Nyakanga 2015, 20:03, par INTAGOHEKA
UWIYIT UWUBIZI NANAHIMANA,NDABASABIKINTU KIMWE IYOMWANDIKA MUBE MUBANZA KWIYUNVIRA IYO MWANDIKA NGONKURUNZIZA NIW ARASABASODA BIWE EE MUCUNGURIMI GWANYU KUKO NKURUNZIZA SI NKAMARIKO CANKE YOHANI RUDOVKO MAKURATA NABANDI ,UBWO BUJUJU MUBUTWARIWANYU ATARUKO NAHO MUZOHERA NKIFU YIMIRA
11 Nyakanga 2015, 20:06, par kageorgisi
Murahunba ntabahutu Bose muzomara ariko mumenye yuko muriko
Muracisha ubwenge.iryo ryose mukora turabibona mubona twihoreye mukibazango yuko atabwenge dufise.bandanya ariko umuti wabatutsi ugiye kuboneka nakagame wanyu ariko arabahenda yaba aruwundi yarikwinjira kubafasha biboneka.bandanya
11 Nyakanga 2015, 20:10, par RUCIO
ivyovyoseninkurunzizaza noneimanasengantiyunvacankenidagonezamananazikuzimuaboyahanvyenawearinyumanasengecanebihereubwobwicanyi
11 Nyakanga 2015, 20:24, par Felix Ndereyimana
Iyo ndavye ibikorerwa i Burundi, ndibaza nimba abarundi boba baramenye Imana bikansiga.
11 Nyakanga 2015, 20:27, par AB
IMANA.NIFASHE.UBURUNDI.NAYUBUNDI.VYANANIRANYE.PE
11 Nyakanga 2015, 21:09, par THEO
ARAGABE.UBWAKABIRINTAZORUSIMBA
11 Nyakanga 2015, 21:23, par Emmanuel
Vyose Tubishire Mumaboko Y’ Imana Kuko Imana Ntiyanka Uburundi Yaburemye Ikukunda Ikunda Nabarundi
11 Nyakanga 2015, 21:28, par kayanza siti
wewiyise bj mpiyama utinyimana wubahe namasengesho kuko urigitazi pe sabimana ikigorwe
11 Nyakanga 2015, 21:41, par Pfakagame
Polenyakubahwa.Imana Isumbingabo.Igisigaye.Kore Nkasamusoni Umunaziri Mwabisezeraniwe Kuva 1972 _1993 gushikanubu ntimuzorangiza mutarokoye ubwokobwimana bwaribwarahotowe,nabarya ba fdrr bagorewemuririryashamba,kagame arimuminweyawe,kuramunzira,iyoshetani, FDRR batahe
11 Nyakanga 2015, 21:42, par Pfakagame
Polenyakubahwa.Imana Isumbingabo.Igisigaye.Kore Nkasamusoni Umunaziri Mwabisezeraniwe Kuva 1972 _1993 gushikanubu ntimuzorangiza mutarokoye ubwokobwimana bwaribwarahotowe,nabarya ba fdrr bagorewemuririryashamba,kagame arimuminweyawe,kuramunzira,iyoshetani, FDRR batahe
11 Nyakanga 2015, 21:49, par Inkona
Vouz pansiez qu’ils etaien t morts erreur?peter ninkona
11 Nyakanga 2015, 22:16, par Giti Cumushirakure
Eee Nabandi Bazakumuherako Nkurunziz Koyavuze Ngo Harigitangaza Imanigiyegukora Nonenicokuza Arababura Aba Genelal? Oyanoneho Nico Uwamuhay Yamutegetse Kwarugusesamaraso Mpaka, Ikimbabaj Nuko Arabobantu Bimana Barikobarwa Mumporero!
12 Nyakanga 2015, 04:00, par Bizohinduka
Pole sana mutama pita ntabugeñzi agira mwese arabamara ñirubura kigongwe nanyina yomwica nahoyoba deniza yomwica atamushigikiye
12 Nyakanga 2015, 04:33, par Bizohinduka
Pole sana mutama pita ntabugeñzi agira mwese arabamara ñirubura kigongwe nanyina yomwica nahoyoba deniza yomwica atamushigikiye
12 Nyakanga 2015, 05:37, par liLI
ngaho da ngo mu burundi bategereje amahoro ahaaaa naba ndeba amaherezo aliko amaherezo nutabona yabona
12 Nyakanga 2015, 06:48, par Admune
ariko muhumure imana ni nkuru ntaco tuzoba,kandi niyo izohuza abarundi ikureho abatera desordre bose mugihe batihanye izane abatware bakunda igihugu bagiteza imbere badateza imbere inda zabo gusa gusa.KWICA UMUNTU NI NI KUJA MU MURYO WA GAHINI
12 Nyakanga 2015, 06:48, par Admune
ariko muhumure imana ni nkuru ntaco tuzoba,kandi niyo izohuza abarundi ikureho abatera desordre bose mugihe batihanye izane abatware bakunda igihugu bagiteza imbere badateza imbere inda zabo gusa gusa.KWICA UMUNTU NI NI KUJA MU MURYO WA GAHINI
12 Nyakanga 2015, 07:25, par J.Bosco Sengimana
None Boba Babafashe Bose .Nibihangane Abobose Bashaka Gutembagaza Izego Z’igihugu Imana Irababona.
12 Nyakanga 2015, 09:21, par J CLAUDE
Babuz Kukigandagura Uraz Amagorwa Batey Igihug Be Na Nkuru Mbi Baragaswera Banyina
12 Nyakanga 2015, 09:48, par Inzoka
@Jean Claude , liLI. Ndabashimiye kubwiyumviro byanyu byaburi gihe. Kuko mbona muri abatutsi b’umutima nkanjewe. Gusa mugabo abahutu bose baba kumusaga turaza kubagandagura.
12 Nyakanga 2015, 10:26, par Ntabyonzi
Kebereze Keberezegoose
12 Nyakanga 2015, 10:33, par Z63-08
Kebereza Keberezagoose
12 Nyakanga 2015, 12:26, par GAKWAVU
RABANEZA GUKO NAHO PRESIDENDA ATANGA IKIRINGO CINDWI IMWE YAMATOHOZA BIRAGARAGARAKO ABAFATWA ATARIBO BABIKORA ,MBEWOHERAHE UVUGAKO ABISHE ADOLPH BAFASW HANYUMA HAKAGUMA HIBONEKEZA PIK UP ZIRASA ABATEGETS? MBEMUNYUMVIRA IZOMODOKA ZAGISIRIKARE ZIKORESWA SIZO MUGI SODA CANKE IGIPOLISI C’UBURUNDI ?NTIDUHENDANE ABANSI BUBURUNDI BARIMUBURUNDI
12 Nyakanga 2015, 13:38, par tabara Ma
amatohoza!!! aho abo bakeneye gufata baza bari kurutonde amatohoza yabo aba imbere yuko araswa!! yemwe lmana gusa!! hama prime akishika kujeba jeba baramugema piter nyafyina ntamimenyerano sha!!
12 Nyakanga 2015, 20:36, par Adolphe NSHIMIRIMANA
muritonda ubu si 1993. ubu ho turi maso ntomuzotumara gutyo nyene ngo vyijane
12 Nyakanga 2015, 20:57, par ad
niyibereho
13 Nyakanga 2015, 11:39, par KIBRA
Bashaka iki abo bicanyi ahubwo ntabwenge bashaka gutera uburndi?harikera
15 Nyakanga 2015, 11:11, par Gerard
Abarundi tube maso ntihagire abaducanicamwo twarose amahoro tuyanyotewe
15 Nyakanga 2015, 11:14, par Gerard
Abarundi tube maso ntihagire abaducanicamwo twarose amahoro tuyanyotewe