IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Imico kama > Femmes Nues Femmes Noires "Red Carpet" > Agence Babe "Femmes Nues Femmes Noires"

Agence Babe "Femmes Nues Femmes Noires"

dimanche 10 Ntwarante 2013

Ku mugoroba wo kuwa kane,kuri kiss club mu gisagara ca Bujumbura,wari kwibaza ko washitse i Hollywood muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika.Amatapi atukura,inzoga zinjabuka,nivyo vyakira abantu benshi bari baje kuraba abo bigeme bari babereye ijisho.

Foto: Chris Schwagga


Jean de Dieu Munyembabazi

Portfolio

Messages