IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > ishirahamwe > Ikibazo c’Uburundi mu nama y’Ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika i (...)

Ikibazo c’Uburundi mu nama y’Ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika i Johannesburg

vendredi 12 Ruheshi 2015

Kuva kw’igenekerezo rya 11 Ruheshi,i Johannesburg muri Afrika y’Epfo harakoraniye inama ya 25 y’Ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika.Mu bizovugirwamwo harimwo ikibazo c’umutekano muke urangwa mu Burundi.

Mw’ijambo ryo kwugurura iyo nama,umukuru w’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika Nkosazana Dlamini-Zuma yarashimye kuba harashinzwe isoko rusangi hagati y’ibihugu vyo mu karere ka Afrika y’Ubuseruko niyo uburengero,kuko vyerekana intango y’uko haba isoko rusangi ku mugabane wa Afrika wose.

Ku biriko bibera mu Burundi,umukuru w’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika ntaco yabivuzeko naho nyene kiri mu bibazo bizokwigirwa mu mwiherero muri iyo nama.
Muri iyo nam,Reta y’Uburundi yaserukiwe n’umushikiranganji w’Uburundi n’ayandi makungu Alain Aime Nyamitwe.

Kubwa Jean Minani arongoye umugambwe Frodebu Nyakuri yitavye iyo nama,barindiriye ko iyo nama ifata ingingo iboneka ku biriko biraba mu Burundi.

Ariko hari ubwoba ko, kubera Uburundi ari igihugu kimwe mu bigize iyo nama,bishobora gutuma abakuru b’ibihugu badafata ingingo zikomeye ku Burundi.Ariko,amakuru ava mw’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Buraya avuga ko iyo bimeze uko,uwuserukira ico gihugu ategerezwa guca ataramurwa.

Jean Minani yavuze ko igihugu gishobora gusubira mu ntambara mu gihe abantu babibona ibisanzwe.Aho ni mu gihe avuga ko igisirikare cigabuye,abasirikare bakuru bahunze kandi batwaye abasirikare,abatavuga rumwe na Reta batarashobora kwumvikana na Reta.

Iyo nama ikoranye, inyuma y’iyindi y’abakuru b’ibihugu vyo mu karere ka Afrika y’Ubuseruka yabereye i Dar-Es-Salaam,kw’igenekerezo rya 31 Rusama.

Messages

  • rien ne va dortir de cette reunion

  • Baminaninyene nibazako aribobariko barategura iyongano nayotwebwe abasoda nareke kuduteranya ariko ayikwege abizi izomwerere

  • Nibaze ko bafat ingingo ibereye. bo turabizeye

  • Pita nkurunziza kurintokimumatwi Wumve Impanuro Ahabwa Nabarundi Namakungu Kuko Ntanguvu Asumvya Osama Beneradene,koroneri Kadafi Nabandi...Ububurundi Sitongo Ryasonanyina .Ayomasezerano Uhonyanga Uzoyarondera Utakiyaronka Kandi Ibibibi Ukoreyabarundi Nivyo Tuzohora Tukwibukirako>

  • Baminaninyene nibazako aribobariko barategura iyongwao nayotwebwe abasoda nareke kuduteranya ariko ayikwege abizi izomwerere aribuka iviyavugiye mureanda muri 93 ahovyatugeze bone aznye ivggguter

  • Baminaninyene nibazako aribobariko barategura iyongwao nayotwebwe abasoda nareke kuduteranya ariko ayikwege abizi izomwerere aribuka iviyavugiye mureanda muri 93 ahovyatugeze bone aznye ivggguter

  • REKA TURINDIRE IKIVAMWO MUGABO NTAKINTU GISHASHA TWITEZE MURI TANZANIYA BURY NIHO TWARIDUTEZE IKINTU GIKOMEYE KANDI CIZA IKIBABAJ NUKO IKIBAZO KIBAJANYE ATARICO BIGAKO

  • IYISI NIYA SHETANI N’ABOBAGABISI N’ABAYO KUKO TURAZI KO BAZOGIRA ICOBAKOZE ABARUNDI BATIKIYE!!! BO BISHAKIRA ISOKO RYIBIGWANISHO VYABO!!! BURYA BARYABA JENERARI BAHUNGANYE ABASODA NTIBIZOKWIJANA!!! MBE RAJABU WE NTABWOBA ATEYE KUMENGO YARI KARUHARIWE MUGUTEGURA IBITERO??? MANA TABARUBURUNDI!!!

  • none uwo minani atwara iyihe kambi ngo avuge ko igisoda cigabuye?imigambwe yabo irabananiye gutwara ubu pacifique niwe abaha programme.minani nagende iwabo abaze ko concours national mu kirundo itakozwe?canke abaze ko batariko bakora examens hors sujet.none intambara izotangura ko muvuga ngo ishobora kuba iyamoko,ico gihe minani n,abo biri kumwe bazegamira k,ubuhe?Burya ico kibazo ntimwogiheza mutarinze kwimararaza ngo amakungu?

  • Nibarabe batugarukireko kuko tugez ahatemba

  • Abari Muri Iyo Nama Ni Barye Umutima Amenyo,bafate Ingingo Zose Zotuma Uburundi Butekana.Ahandi Ho Muri Kazoza Bazokwicuza Ni Hagira Ibintu Bibi Bishika Ataco Bakoze Ngo Batabare Igihugu Basangiye Umuryango

  • YEWE JEAN MINANI UBURUNDI NIBUTO ARIKO BUZOKWEGUKA MPAKA PETER ARETSE KWITOZA ABANA ACU BAHONYE UBUDUKWIYE NGUTONDA TWESE KUBIRO IWE GUSHIKA HEVYE VYANS UKO NAHO NTAZOSUBI RE KUDUHENDA NGO NIZA BAKIZWA AMAZABANTU ABA PASTOR NABO TUZOMWIYAMIRIZA NDETSE N UMUTAMBUKANYI KWATAC AVUGA N UKUMUTARAMURA KUKO UMUNTATANGURA KURONGORA MUNZU IWE HAMISHENGERO MURAKOZE MUHEZAGIRWE YEWE JEAN MINANI UBURUNDI NIBUTO ARIKO BUZOKWEGUKA MPAKA PETER ARETSE KWITOZA ABANA ACU BAHONYE UBUDUKWIYE NGUTONDA TWESE KUBIRO IWE GUSHIKA HEVYE VYANS UKO NAHO NTAZOSUBI RE KUDUHENDA NGO NIZA BAKIZWA AMAZABANTU ABA PASTOR NABO TUZOMWIYAMIRIZA NDETSE N UMUTAMBUKANYI KWATAC AVUGA N UKUMUTARAMURA KUKO UMUNTATANGURA KURONGORA MUNZU IWE HAMISHENGERO MURAKOZE MUHEZAGIRWE AMEN

  • Rindira akataraza kari inyuma none peter yibazako abo basoda bagiye ko azobaronkona amahoro nabure kuvako bikigendeka ni bamufata niho azobona be nabamwosha ko bihenze koko

  • es’igihugu c’uburundi nta président kigira ko inama zos yategerezwz kwitaba hagenda les nyamitwe?ngira uburundi bwacits itongo ry’umuryango!buce tubirab!

  • emwe ntaco twiteze kivamuriyonama.bose barakorako bagasha

  • NDAREMYE NTA PETER NIMBONERAKUREZIWE BAZOGENDA BASUBIYE KUDUCINYIZA INDI MANDAT YA 3 STOPNKURUNZIZA NTITURI ABAJA BAWE NTANKEKA MON GENERAL GACIYUBWENGE NDAMWIZEYE AGIYE HAMWE NA MON COLONEL MANASSE NZOBONIMPA,NA ALEX SINDUHIJE NA PANCRACE CIMPAYE,NYANGOMA,NA MON GENERAL GODEFROID NA MON HONORABLE HUSSEN RADJABU NDAZI NEZA YUKO ABO BAKWIYE ETAT MAJOR IKWIYE KANDI NO MUGISODA CA PETER DUFISEMWO ABASODA BENSHI BAZODUFASHA GUTEMBAGAZA PETER HAMA TUKAMUSHENGEZA WE NA BUNYONI NA ADOLPHE KUBWICANZI NUBUSUMA BAGIRIZWA HAMA TUKAZOCA DUTEGURA AMATORA NYAKURI AHURIKIYEMWO BOSE! Peter Nube uratera igere ryanyuma umenye yuko USA IKUROREREYE YUKO MANDAT ZAWE 2 UZIHEZA HAMA IGACA IKUJANA I CPI!

  • Je Numva Bigoye Kuko Nta Jambo Ryihumure Numva Rizovamwo Gusa Abarundi Barakwiye Kurengera Ibintv Bimwe Bimwe!

  • inama nibe itunganirize bose arikaho jean minani yiteze ikibazo camanda yoo!!!! natekere ubushambara atahe ico kigurube gihendwa nimisega yabatutsi .

  • eka ndabizi ntakizovamwo mbega ko avuga ko muburundi ari vyiza cane none kwatinya gusohoka ngwaje mumanama none kubera iki arungika ministre wa relations exterieures kubera iki atarungika uwo basangiye presidence ariwe 2 ème vice-president nta confiance amufitiye na wene iyi mandant akayitwara aziruhutsa kuko nawene ntiyorehewe naho avuga ko vyose ari vyiza.

  • Manawe,garukiruburundi Kuko ABaburimwo Bwabananiye Ese Mana Ugomba Dupfe Utubona? Barundi Ndabasabe Dusengi Mana Nahubundi Turarushe Nirikobibera Muburundi.Ahumuntu,yifatiringingo Wenyene,nkuko Ariwenyene.mugihungu.

  • nimuvuge ivyiwanyu ivyubundi navyo muturekere mwabatutsi ichomuturonderako ntacotuzi mwitwaza amasezerano y arusha ahomwica ndadaye yaramasezerano y arusha rindire ntitwavyibawe umunsi numunsi tuzohiga inyenzi zabatutsi ahozirihosi tubashingeko ucumu nabobumve kobizobaryohera tutabaringanije ayomazuru nimurindire mwambwamwe

  • Uwo minana ivyo ariko aravuga nukugira abamwumva batinye ko intambara izoba I Burundi ariko rero iyo ariko avuga uko umengo niwe ariko arayitegura canke yoba ari kumwe nabayitegura, jewe ndazi ko ivyo ashaka bitazoba aratera iyontambara tuzoyigwanya kandi ubu nta muhutu azosubira guhunga kiretse MINANI ariko ndibaza ko atazosubira kuronka iradiyo avugirako ngo bamarane ubu ntazova aho

  • None mu burundi arimo atus na bahutu twes turibiremwa vyimana poritk ndihende abandu bazimana ko imana iriho

  • Ndabagire inama. Nimuze dufatanye gusenga Imana nayo Izotugirira neza. Amen.

  • PETERO NKURUNZIZA RAMBA IMANA MUSHOBORAVYOSE IRAKUBONA NTUZOJEYO IVYOBAKUGIZE IDARISAMA TWARABIBONYE IZONYENZI ZIBURURI BABWIRE INKONA NTIYARUZWA NTAWUKORAKO CARATUVUNYE NTAKUGUGUMWA

  • EMWE IVY,UBURUNDI MAKUNGU NAVE MUGACERE

  • Muvyukuri abarundi hari hari hagezeko twubaka igihugu none ivyo vyubwoko mubona haraho bizoshikana Abarundi ko twariko tugerageza kwikuramwo ivyakahise!
    Ahubwo uwowese yoba yipfuza kugaruko urwimo rufatiye ku moko na teshwe ate kuko ntahoyoshika ivyamoko twarabihaze turumwe mu Burundi no ngaha mu Burundi nta muhutu nta mututsi twese turivyaremwe n’’IMANA!
    :<< MUKATA PEMA PABAYA PABAYA PANAMUITA>>
    Mungu saidia inchi yetu!

  • Uwo binaniniy avugango abatutsi abahutu mbe hapfuy ndanday gusa rwagasor ntiyapfuy yishw nand nahayo wa cndd fdd yishwa nand gahutu w yishw na band reka gusubiza ivyamoko kuko abarundi turazi igituma hataba amahoro. Rero turabisavy kweli igiharag ntikiduzwa na bish ndanday cank amahera yigihugu niband bayatesha agacira cank essenc abish ndanday nibo bakiduza ntituvug OBR murek rero abarundi tubany neza nta muhutu ntamutsi uyo ziggy naj hiyo

  • Wewe wiyita ziggy ziggy.reka gusamaza abarundi ntabwoko buzocanamwo.wewe ntasoni ugira?barya birirwa baricwa bahirwa buhongo bari mubwoko buki?RWASA numuki?komumuhiga bamuvuga mwiyumviriye.wewe nturi umu DD kuko ntawuvuga ivyuvuga!reka kutugora wandika kururu rubuga ntidushaka amacakubiri yawe!

  • ABASENZI NIBASENGERE IGIHUGU KUKO NTAYINDI FASHANYO KUBURUNDI IMANA YONYEN NIYO YIMIKA IMANA NIYO TWAYUMVIRA IZODUTABARA NABAHAMBAY BICISHEBUGUFI IMBERE Y’IMANA

  • uri sur KO watererey iciyunviro cawe ga ziggy ubnje gusoma inkuru wahawe nivyaba arivyo Minani arko avurwamwo numututsi?numunyabururi?naho abatutsi bohera mugihugu amahera yaguze umwana w’Imana muzosigara murayapfa ubwoko sibwo bwagutumye ubaho neza canke nabi uurabaza abagukuriye.

  • nibabwire uyo minani ategeke abobagumutsi kugira batahe bubake igihugu ciwe canke natwe tubarwanye

  • Jewe Ndumuhutu Akwije Kandi Ndari Ndashimye Umututsi Mugabo Bakazana Amafyeta Ntambi Ncampeba Tubajemwo Ahubwo Nibaze Dusenyere Kumugozi Umwe.

  • Ariko yemwe Imana ize idufa Alain nyamitwe ntaze adekone. Ngo bahave bakuraho ikiringo ca gatatu burya siho twoca turonka amahoro

  • Ariko yemwe Imana ize idufa Alain nyamitwe ntaze adekone. Ngo bahave bakuraho ikiringo ca gatatu burya siho twoca turonka amahoro

  • EWE MUHUZA URI IKIGURUBE CO MMW’ISHAMBA GUSUMBA UWO WATUTSE.AHO UBONA UFISE UBWENGE?

  • Mana karaciyingani tubure uwodukiza ayamagogwa turimwo?nizereko bigiye kurangira

  • Mbega aho mugira ubwoba ico imana yateguriye uburundi murakizi?komeza gusenga gusa.

  • Twizere ko bagira icobakoze kugihugu cacu

  • Uruciraukaso rugatwara nyoko. Ivyabayeb1972. 1988. 1993 twarabibonye uko vyatanguye n’uluntu vyahitanye abahutu. Ntatandukaniro ririho kuvy’iyomyaka n’ibi turimwo. Ariko igiti ntikigukora mujisho kabiri. Uwutabona amayeri abobenewacu bakoresha yo "uwushaka umuhutu amutuma uwundi" narindire azovyemera aahikiriwe. Minani nawe NGO abasoda bariko barahunga! HahaaaaAaaaaa! Nibamutize RTLM abivugireko kuko in vyo amenyereye avuga NGO abantu bahagarare bwuma

  • reka twizere nabo ko bazogira ico bategets kuburundi ko vyas ko twebw abarundi twumvikana.

  • NIBADUFASHE NTIHONGERE KUBAHO INTAMBARA

  • kubizera IMANA ya mwijuru barazi ko yigenga ifata ingingo nziza naho twe twobona ko bita duhumurije. izoducira urudukiza ntimwihebure, nagira nkebure, nkurunziza ati: amase yakera ntagihoma urutaro. nukuri amacakubiri ntakiri ikintu co kubakirako.

  • ibijuju vyabahut birantwenz,komutimfpane kubatuts ivyi93 mwovyibagir kuko ivyamok ntakamr kubandaday baramwish bashats bakingirimiryangoyab rero murabonak nuyuyanka nimugenziwanyu.nimurekerer dusangiramagogwa murek kutumaramarirako mwambwamwe nambayabananiyegukurak mwamisegamwe

  • Ndabaramukije Mwese Je Nipfuza AMahoro Nyaba Akund Uburund NTasubir Gutwar Yiryagatatu Twese NDushaka Amahor

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.