IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Kanyosha : Abagira imyiyerekano babomoye kimwe mu biraro vyo hagati muri (...)

Kanyosha : Abagira imyiyerekano babomoye kimwe mu biraro vyo hagati muri quartier

vendredi 22 Rusama 2015

Abari mu myiyerekano muri komine ya Kanyosha babomoye ikiraro co kwibarabara rya Gatanu, ibarabara riduga riva ku biro vy’iyo komine.

Abari muri iyo myiyerekano bakaba babariye ikinyamakuru IGIHE ko babomoye ico kiraro, inyuma y’aho hari umuduga w’igiporisi wagiye urarasa abari mu myiyerekano. Bavuga ko bakoze ivyo, mu kwicungerera umutekano. Amabarabara nka yose yinjirana muri komine ya Kanyosha, akaba yari yashwiragijwemwo amabuye menshi hasi, ibiti, ivyatsi n’ibindi.

Kuva mu gatondo ko kuri uyu wa 22 Rusama, amasasu menshi yumvikanye muri iyo komine, eka n’isoko ya Kanyosha yari yazibiwe n’abagira imyiyerekano co kimwe n’abashaka kuja ku mirimo batoroherejwe n’abagira imyiyerekano.

Twobamenyesha ko, ku mugoroba wo kuri uyu wa 21 Rusama, hari uruhagarara rudasanzwe, inyuma y’aho humvikaniye amasasu menshi n’amagerenade, abari mu myiyerekano bakavuga ko hoba hari umugambi w’igiporisi wo kwinjira hagati muri quartier. Inkoho zikaba zaravuze gushika hafi nk’isaha imwe y’ijoro.


Aristide Nizigire

Messages

  • mubwire pita naho atumva uti na kanyosha warayibagiye nabo barakwiyamiriza.

  • Abo batutsi nibatekereze kuko imigambi yabo twarayihinyuye Ese babona ko aribo bafise ubwenge kurusha aBahutu.Vuba natwe turaja mwibarabara tubahaye imisi 10 ataruko turabereka

  • Nibakomere baharanire ubwigenge bwabo agacinyizo n’uguhohoterwa bihave. Ndongera nkagira ati, ibi vyose vyarahanuwe abagiriwe amahirwe yo kumenya gusoma nibasome muri mariko,13umurongo w’indwi kugeza k’umunani jewe sintangara vyirenza vyarahanuwe gusa vyose tuvuga ngo n’iterambere mugabo isi yaheze uriko usoma ibimenyeshamakuru isi yose n’intambara.

  • Ahubwo nimubomagure na ma poto yose y’amatara,ntihagire na kimwe musiga muri quartier zanyu,ivyo muriko murakora bizobagirira ingaruka mbi,mwa bahutu bo mu kanyosha muriko mufasha abatutsi bo ku musaga,nuko muhimvye ntacoyimena,ariko ivyo vyose ni amahoro y’umurengera nimuyiteshe,izo nzoka mukurikira rindira zizobizingira ku mazosi igihe ivyo babaronderako bazoba babishitseko,heuresement ko hari abahutu determinés plus que jamais babona kure kandi bari decidés àse battre et preserver leur dignité ,namwe mushigikira abo batutsi,muduza ugwamo,mwarambiwe murakumbuye ya ma bombes ya bikomagu,murakumbuye kwamana intekera ku mutwe muhunga abatutsi,mwibagiye abagore banyubabazwe bafise inda,abanyeshuri baturirirwe mu nyakabiga babakuye mu buhonga,mwibagiye imigano y’abanyamusaga,nta kundi barashaka babakoze ivyo bashaka nimwe mubishira!!

  • Nibakomere kumuheto banke akagaye nokuba abaja bumuntu

  • uri ikigugu minani we, wewe ucibaza ko ikibazo ari icubwoko

  • IGIHE IMANA YATUREMA NTABWO YADUCIYEMWO IMIGWI Y’UBWOKO.BURYA ABO BARI MW’IBARABARA N’INKABITANZE KANDI BARACANZE

  • jew ndatangazw ninyifat yigipori kirasa umuntu arik aserura ikiri kumutima ,wiw .kand nab hazoger igih bikabafasha,kubaras siwo muti.nimwikebuk, banyagihu komer imana irababon nah muhur nivyago.

  • ko abo batutsi rero bigize bakagarara reka tubwire natwe abahutu bakarishe ibi panga kuko igiti nigigukora mujisho kabiri kica kirimena.ubuho ntibazirukira mumakambi yagisirikare nukukanyukira aho bari

  • utema urwiwe bamutizu muhoro numugani wikirundi mwatanguye muturira abantu namapine none mutandukiriye kwangiriza iterambere ryanyu vital ,pasfiqe rufyiri mbonimpa nimudusigurire kwiyo ari yamyiyerekano yamahoro izo mirise mwateguye zabasanzesheke zizobagora kujera kubuza abantu kuja mwisoko kubuza abantu kuja kukazi kubuza abanyeshure kuja kumashure mukabazibira kugumvu nimyiyerekano canke nukugumuka

  • Mbe wamuntu ikivuga imvamoko uracarinyuma kabisa !uti bakarishe imipanga bateme abatutsi?Ubwo mumutwe haragongoye?Amaraso ntawe yereye !Ninacogituma igihugu cabananiye gutwara kube mwaka ubuzima abo mutaremye! NImwatangura kubaha ubuzima bwumuntu ,igihugu ntikizobananira gutwara !none nimwabamara bose muzosigara mutwariki?

  • Ndiho urirofa koko! Urakicwa nimbugita! Urumgo abatutsi, ubwobwicanyi bwaso wawe peter nkurumbi urabushigikiye? Yuko amategeko ahonyangwa igihugu kirimwaba shingantahe?uzopfa atakueri ugize urakiyahura.

  • nabamenyesha ko Imana ifise ububasha bwo guhakana iyo manda igihe cose yobishaka.Ariko mukoze ibinyuranye nivyo bibiliya isaba muba mwitsinze mugatuma ukuboko kwimana kuba kugufi ntikugire ico gukara.Guturira amapine gutera amabuye kuzibira amabarabara guturira amamodoka kubomora ibiraro ivyo ntaho IMANA yigeze ibishigikira.MWESEEE MUKORA IVYO NTAHO MUTANIYE NIWIHAYE MANDA YA GATATU MWESE MURI BAMWE MURABANA BA SO SATANI

  • NIPFUZA KOBOBIVAMWO IVYIMYIYEREKANO DUSENGE IMANA IZOTWISHURA KUVYO TWIPFUZA VYOSE

  • NIPFUZA KOBOBIVAMWO IVYIMYIYEREKANO DUSENGE IMANA IZOTWISHURA KUVYO TWIPFUZA VYOSE

  • Nagomba ndagukebure wew ukuvuga ivyaba hutu Na Batutsi uraraba Neza ntuzohave wicwa numuhutu Mugenzawe Kuko Nivyo bigezweho Kuva Pita Twara Yishe abahutu Beshi Nubu Baracicwa iwabo Wabantu Niyo Hari Mpanda Naw Urakumbura Witonde igihano c,Imana Ntikigushikeko.kuko Usanimburabwenge.

  • Turi Arusha turabashigikiye kandi uwo Rugamba
    tuzorutsinda

  • twanka amacakubiri namwe mukayagarukana twese turi bamwe ntamuhutu canke umututsi ntamuhutu arongora umututsi ubwonubwenge buke

  • Mureke kwicane mwese muri abana b’uburundi kandi IMANA yabaremye nimwe mugeraze kumvikana amaraso ye kumeneka

  • Abarundi mwese muri bamwe icyo mugomba kumenya nuko ari satani ashaka kubacamo ibice ngo mumarane ndabiginze mwumvikane

  • ico nobivugako nuko nosaba nyenicubahiro petero nkurunziza koyogira ico avuze kandi nagomba mbaz mbega ayomaraso ariko araseseka aho mugisagara ca bujumbura nayiki?

  • Barundi mwese!! bahutu cane cane! mwitondere izo nzoka z’abatutsi.Mwibuke uko NDADAYE yiswhe n’abatutsi.Mwibuke uko NTARYAMIRA yishwe n’abatutsi.MWITONDERE ABO BATUTSI KUKO KAGAME ashaka ko NKURUNZIZA apfa maze abo batutsi BAKICA ABAHUTUS

  • INTUMBERO YABO BANTU BATINYA AMATORA NIBASHAKE BAREKE KUKO BAMAZE KWIYAMBIKA IBARA KOBATANGUYE KWISAMBURIRAKO NKIMPE BIRABONEKA KO ARI IMIHIMBIRI NTAMUGABO AFISAHO ATAHA YOGIRIVYO

  • @jean et ànadeige
    Mbega mufise imyaka ingahe ku buryo muvugako ata vy’amoko bikihari,barya bari mw’ibarabarabo baraziko bajanwayo n’ivyamoko ,mwebwe rarama ngo murakundana n’abatutsi,mbeko ko muguma mubiboherako ngo mukundane ni igiki kibuze mu mitwe yanyu mwa bahutu mwe,kuva aho bahereye babahinda ariko ntimwumve,ariko reka bamwe bazoze barabanturirira mu ma pine ngira mu gupfaho bazoba babitahuye?Uyo nawe ngo nta muhutu arongora umutsi,ça c’est pire ivyo bihutu bizana ayo mashetani mu mazu muri ino myaka nivyo bidusubiza inyuma,abo nta nico baba bafise babwira abantu,ubwo ni bwo bwenge?izo mvuvyi turaziyamye mu ma familles y’abahutu muzokoma tuberetse ntimwibaze ngo ntitubacungishije ijisho!!Abo bahutu bishwe bigize surivu kuri benewabo kera batavuga,babateye umusuhero kubera ari abahutu nkabo,jewe ko ata kibazo nigeze ngira twe n’abana banje?Ivyo bintu vyo kwivangatiranya ni ukubiheba dusangire igihugu n’ibirimwo ibindi tuvyihoze!!

  • nukr ibih bintu bizodusiga hab abategetsi bacu baribakwiye kwicarira ico kibazo gituma ibntu bitagend neza mur ub burund bwacu!

  • NTABUMUNTU MUBANTU NIGIHE C,IHEREZO

  • Uyu wiyise Sisi ntabwo ari umuhutu. Naho ibyo kuvuga ngo abahutu bafate imipanga nuko yamenyereye kwica nkase wabo Kagame akoresheje imipanga nudufuni. Ntamuhutu wica hica umututsi nkuwo SISI wiyitiriye abahutu kandi ari umututsi

  • Umukuru w’igihugu n’umugambwe cndd-fdd ni bareke kudadaza.Nibamenyeko ukwitoza kwankurunziza ubugira gatatu gufise insiguro kuri NkuRUNZIZA gusa.Ntabagumyabanga bemeje nkurunziza ngo yitoze ubwa gatatu.Uko vyagenze kugira yemezwe birazwi ntawobirandirako.abagumyabanga benshi barabuze ahobavugira kugutinyako bokurwa mumabanga,ariko ayamagorwa yose ariko aba azobazwe umukuru wigihugu n’umugambwe.Charles NDAGIJIMANA,turaziko atari gukora ikosa ryo guhemukira Nkurunziza,kumvo ntavuze.

  • none uyu wiyise mareshal ivyoavuga arabizi jyubanza utohoze neza Kagame niumushingantahe sha ntaho ahuriye nibi bibono vyacu Reba ingene abanyarwanda batekanye,ikindi siwe wicishije imipanga umuliyoni urenga wabatutsi ababikoze isi yose irabazi ujye ubanza utohoze nani,ivyo ntiyobibonera umwanya arakataje mumajyambere nigihugu cye !!!!!!

  • Wowe wiyise Joe usingiza umwami w’abicanyi kagame! !! Ntasoni koko kubona ushyigikira inkoramaraso yahekuye abanyarwanda, abakongomani ! Ubanza nawe uri nkawe mukorera shitani

  • Ibyo byaba gutu,nabatutsi, nibyarundi, u rwanda turakataje ibyo twabirenze, muve mujiji

  • None uwo mugabo ico kirigo ntiyogiheba mptif ngo nikubera ari filmaoni i mana niyonkuru satani ategura ivyayo imana igategura ibindi

  • None uwo mugabo ico kirigo ntiyogiheba mOtif ngo nikubera ari filmaSoni i mana niyonkuru satani ategura ivyayo imana igategura ibindi

  • aba bantu binjiranwe n’agatima k’amacakubiri ndabasabiye ku mana ibiyereke. mbega Peter kuva ashitse kubutegetsi ko mbona abahutu aho gutera imbere basubiye inyuma ( aha sindiko mvuga isiha zo mubigega ndiko mvuga abanyagihugu batobato). Ko wumva, nta muhutu wundi mufise muri dd mwoshobora gutanga nk’umu candidat? Mbega ubu imana yohamagara Peter kugira imubaze aya marushwa yateye abarundi ( nibaza ko iri mukubikora kuko ukwihangana kw’imana kubaye kurekure), vyukuri nta wundi muhutu w’umu candida mworonka? Ko tuzi mufise benshi bakunda igihugu, baciye umwenge apana peter yazanwe no kwiba no kwica gusa, ko mutashatse kubashira imbere? Imana n’ibiyereke, ibibutse ko umuhutu, umututsi n’umutwa bose bashaka kubaho neza kandi ko PITAPITA asubiriye gutwara igihugu ko bovyicuza ubuzima bwabo bwose kandi ko n’abana n’abuzukuru babo batazobibarekurira.

  • MANAGARUKIRAUBURUNDI.KUKOBIRABABAJE,IBIRIKOBIRABA.

  • KABWA Nukuri Wahishuriwe Nimana Kweli!Imana Yo Mwijuru Yimirij Guhamagara Nkurunziza Kugira Asigur Ayamahano Ariko Ateza Uburundi Namakungu!P6

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.