IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Musaga : Umusore yahora aba kw’ibarabara rya gatatu yatowe ikiziga

Musaga : Umusore yahora aba kw’ibarabara rya gatatu yatowe ikiziga

lundi 2 Munyonyo 2015, par egide

Umusore azwi kw’izina rya Landry batazira London yapfuye yishwe, akaba yatowe ikiziga mu gatondo ko kuri uwu wa mbere, hafi y’ikirindiro c’igiporisi co ku Musaga.

JPEG - 57.3 ko
Landry yahora aba ku Musaga kw’ibarabara rya gatatu

Landry yohora aba kw’ibarabara rya gatatu ku Musaga, akaba yagandaguwe n’abantu bataramenyekana mw’ijoro ryo kuri uwu w’Imana rishira uwa mbere. Naho ikiziga ciwe catowe hafi ya komine Musaga, ku kirindiro c’igiporisi, abanyagihugu bo ngaho ku Musaga bamenyesha ko uwo musore yiciwe kurya gatatu, ikiziga ciwe baca baragikwega, bacegereza hafi ya komine Musaga, n’amaraso menshi akaba yaboneka mw’ibarabara.

Ikindi kiziga catowe mu Gikungu

Umugore abanyagihugu batashoboye kumenya yatowe nawe ikiziga mu Gikungu, zone Gihosha, hafi y’isengero ryitirirwa umusozi wa Siyoni (Mont Sion). Uwo mugore atamenyekanye yagandaguwe n’abantu nyene bataramenyekana, bikaboneka ko atari abasuma, kuko mu gatondo yari acambaye mw’izosi umugufu w’inzahabu, n’amahereni, bikaboneka ko bamutegereye amaze nk’urubanza, baramwica, abamugandaguye baca baja kumuta aho mu Gikungu.

Abanyagihugu b’aho mu Gikungu bamenyesha ko atari asanzwe aba mu micungararo kuko batamumenye. Ikiziga ciwe catwawe mu buruhukiro bw’ibitaro Roi Khared mu Kamenge.


IGIHE

Messages

  • Mukama Hagarika Ubwobwicanyi Muvyanka Muvyemera Nkurunziza Azobatwara Egamwabatutsi Sibimwemwatugirakera!

  • About ba sindumuja baramara Abantu ahohosi bazabarica abantu babagirekwivymbo baronke ivyobazabarerekana mumakungu ngo reta iramaze Abantu Yica abanyagihugu mutahabereye mask ahokumusaga mukazamurasokorora inzonsorensore zinyegegeje anaho mumazu murashira nkimfuyimijira mumazwe na benewanyu uwonumugambi Wa banyangoma singuhije pasifiq bashaka ivyabo ko vyokumvirizwa ningonga border kwica umututsi canke umuhutu atacobibabwiye

  • Aba bantu bose bari kwica na babatutsi bahuriye muri Sindumuja (CNRED). Kugira ngo bacuruze ibiziga kumaradiyo yamahanga. Ba Sindumuja ni abicanyi kweri kuko ubugome babuvukana

  • Ibi vyo gutoragura imivyimba hafi y’igipolisi birasebesheje Igipolisi c’Uburundi hamwe na Leta, za patroulle zirakogwa, igisoda cuzuye hirya no hino, none nigute buri gihe muvuga ngo ababishe nabo nyene ntibamenyekanye? Leta izoja kurondera ngo abashatse gutembagaza ubutegetsi, aho kurondera abariko barica abanyagihugu, Ayo maraso yose azobazwa Petero Nkurunziza yihaye mandat ya gatatu atarekuriwe.

  • cnred ntimuyibeshyere murebe icyateye izo ngorane kuko abica nabicwa nubwoko bwose Nkurunziza niwe ari kwisonga zingorana ziri mu burundi we yiyemeje gukorera satani amuha amaraso yabarundi

  • mbega mana watabaye uburundi abenegihungu ko bandamfise ubakingira ta leta bamfise PETERO mbega abona amaherezo yiwe nuko yafugwa amaze guhonya ibihumbi vyabantu

  • CNREC iratumaze. None ko ba Nyangomabirwa kumaradiyo mwari mwabona batera grenade. Abarundi bitwa Sindumuja ni ibigugu. Babona bakora rebellion badashyigikiwe n’abaturage. Reka turindire iminsi itanu turebe uzongera gushotora police. Azaca araswa kuko umwanya wo gukina waheze.

  • Abantu nughebura barabaye inyamaswa,ntaco bakivamwo naho bokwicarana ngo bumvikane,waaapiiii!!!!!!!Bazoguma banyotewe amaraso!Hasigaye kuza igitangaza c,Imana kabisa gusa!!!!!!Mw,izina rya Yesu ishaka ryayo rize mu Burundi no mubarundi!Amen

  • ooooo!!kuki dusigay tumez nkinyamaswa,iman nihumur abant baboneko nay ishavuye.

  • bizohera ryari mana taba abawe .

  • @Prof bwacu
    Abatutsi mwihaye kwica abahutu n’abatutsi banse gufata ibigwanisho kugira ngo mujuragize abanyagihugu ngo ni peter,ivyo vyose ababikora muzovyishura nabahora birigwa batambira imbere ya ma cameras mu migumuko bari bazi ko rwitaha

  • Emwee!!Ivyo Muburndi Vyabaye Agahomera Abntu Kwama Bicwa Nkinyamaswa Emwe Turahanzwee!

  • None gayemwe abo bamama, nurworwaruka ruriko ruhorwa iki ?nukuri igihugu cacu camaze kubigihumane mwisi,gihumanijwe nabandandende.bananiwe nasiyasa yo kutezimbere igihugu,bagatorana iyo kumara benewabo. nubwo bariko barica abo batutsi nabahutu batabashigikiye mububisha bwabo, bamenye neza kwatabwoko buhona. bibuke mu rwanda interahamwe nabaribabarongoye, bateguye guhonya ubwoko bwabatutsi nabahutu batari babashigikiye,mubugome bwabo. unomusi bagereyehe bapfuye bayerera nkakayini.namwe benewacu ntimwibaze ngumuti woguheza ingorane ngonukwica habanamba, ubwo nubujuju bwataye nigihe ntamutaji ninyungu biri mukwica. murihenda!!!!!!!!!

  • Mana mana manayomwijuru kowahoze abantumubururundi bwacu baraheze nonegamana umuhero washikiyuburundi gusa birababaje tugiririkigongwe

  • Nibabihebe Bumvikane Nihotwebwe Twahunze Tuzohunguka None Bat U Mvikanye Tuloza Gute

  • mana yanje ehe tabara ubwoko bwawe,mana yanje duhe kumvikana.

  • Uyomugore Mugereranij Yoba Yarafis’imyaka NKngahe?

  • Emwe abatutsi bariye u mutima amenyo kuva na kera ahubwo abana baraza
    Kwica ba nyina bagamije kwanduza abahutu ngo barabamaze maze barebe ko Amerika nuburayi babashyira ku butegetsi ntamatora dore ko bamenyereye gusarurira mu ndiru.

  • @Mpozamarira
    Vuga ayo wishakiye sha,ubwoko burahona,abahutu b’i burundi ntibahonejwe n’abatutsi?Burya turiho?Iyo tuba turiho ntimuba mwasubiriye kumara abantu hakabura uwubabuza,nawe izo nterahamwe ubeshera ngo zashatse kumara abatutsi ,nimba mubona mukiriho nuko ari ikinamico mwakinye ntaco zabagize kandi birazwi ko irya genocide ari montage ya kagame wanyu donc ntibitangaje iyo muvugako atawumara ubwoko twebwe abahutu b’i burundi twarashize

  • ariko manakarashize ingani uburundi bube umugwa,wabicanyigu sa abobavugango ni abatutsibicyana oya sibogusa nabahutubaricya kandinabatwabarica abantubosebica vyizabobirekabakaza tukubaki igihugucyacyu bamenye bazobura abobicya bikoremund kukobamenye gukora amaraso!

  • @fidelite

    Mbega wewe ninde yagusavye kuduserukira abahutu???? Gomba ureke kwitanganiza wigira ndabizi, Ntawabigusavye; kandi ntitubashigikiye muri ubu bwicanyi.

  • @ fidelite
    Aka kantu kiyita filite je twobonana nokumwa pe! Erega kurya wahinduye Nkurunziza aka mana kawe, siko abahutu twese twabikoze. Naje ndumuhutu ariko ubu bwicanyi ntawobushigikira. Abo bahutu nabuvuga ni sowawe na Reveriano, ndakugarika, na yamana yanyu Pierre.

  • Mwebwe mushinzwe uru rubuga ;Mwahinduye methodologie gushyira umurambo cg "IKIZIGA" (NKUKO MWE ABARUNDI MUBYITA) Ntabwo njye ku byiyumviro byanjye mbona ari byiza vraiment c`est choquant mujy mushyiraho photo y`umuntu ari muzima.Musigure ko yitabye imana ariko gushyiraho umurambo c`est faux.

  • Fidelite Uzopfa Nki IMbwa

  • fidelite ngo azopfa nkimbwa ahubwo niyo nuko adafise umurizo gusa iyo ninterahamwe yamahembe abiri .

  • Abo butsi bibazako imana yabaremye ngo bazohore kubutegetsi? habanamba ndadaye bamujijiki? Ntaryamira yaziziki? Ariko ico bomenya nkurunziza uwuzomwitambika imbere namenyeko amase yakera atagihoma urutara uwuzorukarisha ruzomumwa

  • Imana ibahe uburuhukiro budashira.

  • birarenze ukwemera !!!!!.

  • Ndasabiy abapfuye kuronka,uburuhukiro budashira. ariko ndasab igiporisi c’uburundi,gikore uko gishoboye kugira ubwo bwicanyi bugabanuke. narumvise yuko, umutekano wagarutse kubice 92% ndabasavye rero ubwicanyi bugabanuke nino Tanzania tubona ibikorerwa mu Burundi, ari bibi. murkoze Imana ibaririnde!

  • Imana nifashe abarundi turarushe,idukureko ayo mashetani yinjiye mubana bayo.

  • Oooh my God it’s not for human being in Burundi.but let them do every thing they want especially to kill the innocents people I’m sure God will punish them for his children.

  • God Help This Country!!!!

  • Fidelite uragakubitwa n inkuba itagiramazi uragapfautavyaye Imana izokubaze ivyo vyose wirirwa urahuragura uragasigubusa wamurozi w ibisebe

  • umuturanyi naterwa uzamutabare kandi ntuzamuseke kuko bucya bucyana ayandi nibuka mu Rwanda genocide iba hari umurundi wabaga murugo numva aravuze ngo abanyagwanda bose iyoba boshiraga nkaca njabukana izi mpene nuyu muduka aho kubabazwa nibyari biri kuba ,,,,none dore nabo iwanyu mu burundi ndabona ubwicanyi bubasuye gusa ge sinabifuriza ko mushira ahubwo mpise nibuka uwo mugani mbona ko abacyera bari abahanga ,,,,erega njya najya kurubuga nkasanga hari abarundi banditse bavuga ngo (bazamara)bazatsemba ikitwa umunyarwanda none ndabona arimwe barundi mumaranye ,,, urucira mukaso rugatwara nyoko ,,,

  • umuturanyi naterwa uzamutabare kandi ntuzamuseke kuko bucya bucyana ayandi nibuka mu Rwanda genocide iba hari umurundi wabaga murugo numva aravuze ngo abanyagwanda bose iyoba boshiraga nkaca njabukana izi mpene nuyu muduka aho kubabazwa nibyari biri kuba ,,,,none dore nabo iwanyu mu burundi ndabona ubwicanyi bubasuye gusa ge sinabifuriza ko mushira ahubwo mpise nibuka uwo mugani mbona ko abacyera bari abahanga ,,,,erega njya najya kurubuga nkasanga hari abarundi banditse bavuga ngo (bazamara)bazatsemba ikitwa umunyarwanda none ndabona arimwe barundi mumaranye ,,, urucira mukaso rugatwara nyoko ,,,

  • @okay, world nabandi mutuka Fidélité. Ubwo abatutsi bene wacu mutangiye kwiriza kandi arimwe mutera grenade!!. Ahubwo abahutu baritonda. Nukuri mwaba Sans Echecs mwe muradusebya. Nimureba nabi muzamera nka ba banyamurenge Kagame yabeshye hanyuma bakaba baraguye ivutu iwacu murwnda mumakambi kubera impungure. Ubuhungiro buraryoha nimuze mwa baginga mwe mudusebya.

  • NTAKUNDI MANNIGER MUNGU ARATUBONA KESHO BIZOHINDUKA

  • IMANA NI YO ISHOBOY GUHEZA IBIBAZO VY’UBURUNDI

  • Mbega Ko Numva Umutekan Ariwos Kumaradio Arikongize Ng Je Kurubuga Nkabona Abantu bensh Batagira Uko Bangana Batow Ibiziga Ahohant Tuharabire Nez Mwijoro Inz Hariho Abacungera Umutekan Arik Ibara Ntirisiba Kugwa Oooh! Biramaramaj!

  • Iryonihonyabwo ririko rirakorwa nubutegetsi, none abantu baziziki ? abakoze iryobara nti bakaronke amahoro. ayo maraso bariko barasesa azobakurikirane ahobazoba barihose.kabiri, bazopfe bayerera nkayini.none kobavuga ngobarondera abitwaje ibirwanisho, none nkuwo mugore bagandaguye ya rafise ikirwanisho? canke uwomusore.Ewe barundi uwaturoze ntiya karavye! Egonaho navuze mubwishi abarundi ntituri babi twese harimwo intungane ariko ni mparurwa. mumasengero twijira turamamiriyoni!! Nakamaramaza.

  • Mumuryango wihangane?? kandi imana imuhe iruhuko ridashira,!!

  • Imana imwakire mubayo kandi abamwishe bamenyeko ahotutareba imanayo irahareba baza bibazwa gusa umuryangose wabimenye birababaje????

  • ubuzima bwubu buragoye.ni gusenga Imana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.