IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Nyakabiga : Abaporisi bazindutse gusaka ahumvikanye amasasu

Nyakabiga : Abaporisi bazindutse gusaka ahumvikanye amasasu

lundi 22 Myandagaro 2016, par Egide NDUWIMANA

Igiporisi cazindutse kirasaka imihana yo mu Nyakabiga ya mbere n’iya kabiri, mu gisagara ca Bujumbura, ahumvikanye amasasu yamaze umwanya muto mw’ijoro ryo kuri uwu w’Imana. Hari abantu bahagaritswe.

Ayo masasu yumvikaniye hagati y’ama zone ya Nyakabiga na Bwiza. Abaporisi bazindukiyeyo kuhasaka, abantu bataramenyekana igitigiri bakaba aribo bahagaritswe.

Abajejwe umutekano bakaba basuzuma ko abo bafashwe bose banditswe mu makaye y’ingo.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.