Accueil > Amakuru > umutekano > Umuntu umwe niwe yasize ubuzima abandi batanu barafatwa muri komine Musaga (...)
Umuntu umwe niwe yasize ubuzima abandi batanu barafatwa muri komine Musaga (Video)
jeudi 16 Ruheshi 2016, par
Umuntu umwe niwe yasize ubuzima abandi batanu barafatwa muri komine Musaga
Source: Tele renaissance
IGIHE
Messages
16 Ruheshi 2016, 09:52, par willynshimirimana
nibafate abo bama bashaka kugumiza igihugu mukaga ariko musaga nawe urahanzwe mwino misi muzokomeza guhamba buri musi mukwiye kwikebuka mube nkayandi mazone
16 Ruheshi 2016, 11:37, par tari
Mbe nkurikiye aho yakabesheye ntararuha ewe nkurikiye niwinumire kuko abarundi ntituri ibijuju ivyomukora tuba tubibona
16 Ruheshi 2016, 12:45, par MUYAHUDI
EMW ABANYAMUSAGA BARIKIBI BIHAY KUGUMA BABITS INKOZIZIKIBI? NIBATIKEBUKA BAZOGUMA BAHAMBA UBUDASIBA!
16 Ruheshi 2016, 13:42, par Kabango
@ willy nshimirimana, musaga izaruhuka aruko ubututsi busigaye mubumaze kuko niyo ntego yanyu, ayandi ma zone se kamwamaze kubuhumba!!
16 Ruheshi 2016, 13:51, par P ANTOIN
NDASHIMIYE IGIPORISI KUKAZI CAKOZE KUMUSAGA
17 Ruheshi 2016, 23:59, par Edith Claudeth
Nnebaribakoziki? Imananitugarukirekokuberabantubeshi Twarayikuyeko Dukovyegusenga