IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > 25 Ndamukiza

25 Ndamukiza

mercredi 25 Ndamukiza 2018

Igenekerezo 25 Ndamukiza

Ibikuru bikuru vyaranze iyi tariki

799 : Ipfungwa rya Papa Léon III.

1859 : Hatangura ibikorwa vyo kwimba umuhora wa Canal de Suez.

1986 : Mswati III atorwa kuba umwami wa Swaziland.

JPEG - 26.3 ko

2010 : Heinz Fischer atorwa ubugira kabiri ngo abe umukuru w’igihugu
ca Autriche.

Abazwi cane bavutse kuri iryo genekerezo

1214 : Louis IX, umwami w’Ubufaransa.

1284 : Edouard II, umwami w’Ubwongereza.

1874 : Guglielmo Marconi, umutariyano yaronse agashimwe bitiriye Nobel
m’1909 mu bijanye n’ivyitwa « physique ». Bavuga ko ariwe yazanye
ubuhinga bwo gukora iradiyo.

1927 : Albert Uderzo, umwanditsi w’umufaransa yandika ibitabo
biherekejwe n’amashusho y’ibicapo.

1940: Al Pacino, umukinyi akaba n’umuhinyanyuzi w’amareresi w’umunyamerika.

1947 ; Johan Cruyff, umukinyi wo muri Hollande akina umupira w’amaguru.

1949 : Dominique Strauss-Kahn, umunyapolitike w’umufaransa yahoze
arongoye ikigega mpuzamakungu.

JPEG - 14.7 ko

1970 : Jason Lee, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika.

Abazwi cane bitavyimana nko kuriri genekerezo

67: Mariko, umwanditsi w’inkuru nziza iri mu gitabo ca Bibiriya.

1342: Benedigito XII,, umu papa.

1744: umunya swede, Anders Celcius.

Ibihimbazwa

Umunsi mpuzamakunga wahariwe kurwanya Marariya.

Umunsi mpuzamakungu witiriwe ukugumana amamuko.

Umunsi wa ADN, hibukwa aho batorera ubwo buhinga mu mwaka w’1953.


Luc Noel Ingabire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.