IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 2 Munyonyo

Itarike 2 Munyonyo

vendredi 2 Munyonyo 2018

Igenekerezo rya 02 Munyonyo.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1930: Hailé Sélassié aba ico bita “négus w’i Abyssinie.

JPEG - 18.8 ko
Hailé Sélassié

1963 : Muri Viêt Nam, Ngô Dình Diêm arakomborwa biciye mw’ihirikwa ry’ubutegetsi, ndetse aca aragandagurwa.
1964: Fayçal ben Abdelaziz Al Saoud aba umwami wa Arabiya Saoudite.

JPEG - 5.1 ko
Fayçal ben Abdelaziz Al Saoud

1976 : Jimmy Carter atorwa kuba umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika.
2004 : George W.Bush aratorwa ubugira kabiri ngo abe umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika.

JPEG - 47.4 ko
George W.Bush

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1755 : Marie Antoinette, umwamikazi w’Ubufaransa.
1795: James Knox Polk, umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika agira uwa 11.

JPEG - 36.5 ko
James Knox Polk

1865 : Warren G. Harding, umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika agira uwa 29.
1974 : Nelly, umuririmvyi w’umunyamerika.

JPEG - 7.6 ko
Nelly

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1966 : Mississipi John Hurt, umuririmvyi akaba n’umucuraranzi w’igitari w’umunyamerika.
2004: Zayed ben Sultan Al Nahyane, umukuru w’’igihugu ca Emirats Arabes Unis.

JPEG - 6.8 ko
Zayed ben Sultan Al Nahyane

Ibihimbazwa

. Umusi mpuzamakungu wahariwe ugupfana agateka. Umusi wabayeho kuva mu 2008, utanguzwa n’ishirahamwe « Association pour le droit de mourir dans la dignité ».


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.