IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > 6 Ruheshi

6 Ruheshi

samedi 6 Ruheshi 2015

Igenekerezo rya 6 Ruhenshi.

Ibikuru bikuru vyaranze kw’igenekerezo nk’iri

1523: Itorwa ry’umwami Gustav Vasa mu gihugu ca Suède.
1654: Christine umwamikazi wo muri Suède aratanga imihoho.
1808: Joseph Bonaparte aba umwami wa Espanye.
1887: John Styth Pemberton yandikisha ikinyobwa Coca-cola mu gitabo
c’ibigurirshwa.

JPEG - 14.4 ko
john styth

1944: Abasirikare bari bagiye mu ngwano ya kabiri y’isi yose bashika
ahitwa Normandie bagiye muri iyo ntambara ku mugabane wa Buraya.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nk’iri:

1606: Pierre Corneille, umwanditsi w’umufaransa.

JPEG - 12.3 ko
Pierre Corneille

1799 : Alexandre Pouchkine, umwanditsi w’umurusiya.
1901: Ahmed Soekarno, umukuru w’igihugu ca Indoniziya.
1934: Albert wa 2, umwami w’ababirigi.
1943: Richard Smalley, umuhinga muri chimie w’umunyamerika yaronse
agashimwe kitiriwe Nobel mu 1996.
1966: Faure Gnassingbé Eyadema, umukuru w’igihugu ca Togo.
(ifoto ya Faure Gnassingbé Eyadema)

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nk’iri:

1946: Gerhart Hauptmann, umwanditsi w’umudagi yaronse agashimwe
kitiriwe Nobel mu kwandika mu 1912.
1948: Louis Lumière, uwatanguje ubuhinga bw’amareresi w’umufaransa.
(ifoto ya Louis Lumière)
1961 : Carl Gustav Jung, umuhinga muvyo imibereho y’abantu wo muri Suisse.
1968: Robert Kennedy, umunyapolitike w’umunyamerika.
1979: Jack Haley, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika.

JPEG - 76.4 ko
Jack Haley

Ibihimbazwa

. Umunsi wahariwe ururimi rw’ikirusiya. Washinzwe k’umunsi hahimbazwa
amavuko y’umwanditsi w’umurusiya Alexandre Pouchkine.
. Umunsi mpuzamakungu wo kurwanya indwara ya Verneuil.
. Boliviya: Umunsi wahariwe abigisha.
. Chili: Umunsi w’iigihugu wahariwe urudandazwa.


Luc-Noel Ingabire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.