IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Abasirikare bagirizwa igitero kw’ikambi ya Mukoni ntibumvirijwe na (...)

Abasirikare bagirizwa igitero kw’ikambi ya Mukoni ntibumvirijwe na Sentare

mercredi 17 Rusama 2017, par Egide NDUWIMANA

Abo basirikare ntibaburanye kubera bamwe muribo batari bafise ababafasha kuburana. Abo bashingwamanza babo ntibashoboye gushika aho kuri Sentare nkuru ya Muyinga, bakaba bagize ikibazo c’ukwiyunguruza catewe n’ubukene bw’igitoro bwibonekeza i Bujumbura hamwe no mu zindi ntara zigize igihugu c’Uburundi.

Abo basirikare bagirizwa ko bagize uruhara mu gitero cakozwe kw’igenekerezo rya 24 Nzero 2017 kw’ikambi y’igisirikare ku Mukoni mu ntara ya Muyinga.

Bagirizwa kandi ko bakoranye n’abateguye ico gitero.

Messages

  • IKINYOMA CARAFASHE IJAMBO KUVA AHO BATUBWIRA KO KADEGE NA NDAYIZEYE BATEGUYE GUSENYURA INTWARO N’ABO BASODA BAZIRA INZIGO YA BAMWE MU BA CNDD-FDD BATUNGISHIJWE N’ITURUFU YA HUTU POWER MUGABO KUBA UMUHUTU,UMUTUTSI UMUTWA NTACO VYUNGURA NYARUCARI YISONZEYE! BARAGOWE ABITWAZA UBUCAMANZA NGO BACINYIZE ABANDI KUKO NA RÉPUBLIQUE YAMBERE YAGIYE INANIWE KUNUMYA ABO YITA ABAMENJA. IMANA NI YO NKURU ICA IZITUNGANYE!!

  • Ubutungane nibukor,budahengamw. ham ukur gushirw ahabon.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.