IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Ubutungane > Uburundi bwakiriye inama mpuzamakungu y’ishirahamwe FA-UJA

Uburundi bwakiriye inama mpuzamakungu y’ishirahamwe FA-UJA

Friday 10 August 2018, by vianney

Umushikiranganji w’Ubutangane Aimée Laurentine KANYANA yahamagariye abashingwamanza bahurikiye mururwo runani gukwirikirana neza ibizovugwa muriyo nama kugura bazohumvire vyinshi bijanye n’umwuga wabo bongera babone abababangirije muruwo mwuga uko bavyigenjejemwo naho bagejeje.

Mwomenya ko iyo nama mpuzamakungu ihuza abashingwamanza bakiri bato yitabwe n’abantu bashika 250 bavuye ku migabane ya Afirika,Buraya hamwe na Amerika.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.