IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Ubutungane > Aimée Laurentine KANYANA " Ahari inyungu za Reta hagiye kuja (...)

Aimée Laurentine KANYANA " Ahari inyungu za Reta hagiye kuja umushingwamanza"

Tuesday 3 July 2018, by Jean De Dieu

Ivyo yabishikirije kuruno wa kabiri igenekerezo rya 3 Mukakaro 2018,mu nama yamuhuje n’inzego zitandukanye z’igihugu mu ntumbero yo gusubiramwo itegeko rijanye no guhagararira inyungu za Reta.

Muriyo nama ,Aimée Laurentine KANYANA yamenyesheje ko hari abarongoye inzego zitandukanye z’igihugu benshi batabungabunga neza ivyo bajejwe na cane cane mu kudashira imbere inyungu z’igihugu.


Vianney BIKORIMANA

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.