IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Benjamin MKAPA yaganiriye na Michel KAFANDO ku biganiro bihuza (...)

Benjamin MKAPA yaganiriye na Michel KAFANDO ku biganiro bihuza Abarundi

jeudi 22 Ntwarante 2018, par Egide NDUWIMANA

Macosha Moshe Tembele, umwunganirizi wa Benjamin William MKAPA amenyesha ko muri uwo mubonano, Benjamin William MKAPA na Michel KAFANDO baganiriye ingene ibiganiro bihuza Abarundi vyobandanya, inyuma y’aho abakuru b’ibihugu vya Afrika y’ubuseruko bafatiye ingingo ko ibiganiro bihuza Abarundi kandi bibera hanze y’Uburundi bibandanya, birongowe na Yoweri Kaguta Museveni umukuru w’igihugu ca Uganda hamwe na Benjamin William MKAPA yahoze ari umukuru w’igihugu wa Tanzaniya.


Egide NDUWIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.