IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Bujumbura : Umugabo yagirizwa kwica umugore yaciriwe gupfungwa imyaka (...)

Bujumbura : Umugabo yagirizwa kwica umugore yaciriwe gupfungwa imyaka 20

mercredi 24 janvier 2018

Umukuru wa sentare Nkuru ya Bujumbura Jeanine HABONIMANA yavuze ko Léonard NIYONGABO yaciriwe urwo rubanza kuko yagiriwe n’icaha co kwica umugore wiwe Anitha NAHIMANA akoresheje imbugita.

Kuva yishe umugore wiwe, Leonard NIYONGABO yaciye ahunga, ariko mu nyuma yahavuye ahagarikwa n’igiporisi, aca shikirizwa parike.

Urwo rubanza rwasomwe kuwa mbere, igenekerezo rya 22 Nzero 2018.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.