IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Cibitoki : Umugabo yafashwe afise ivyo yahora akoresha mu kwiba

Cibitoki : Umugabo yafashwe afise ivyo yahora akoresha mu kwiba

mercredi 10 janvier 2018

Yeremiya NSABIMANA yafatiwe ku mutumba Ndava, wo muri komine Buganda, intara ya Cibitoki afise ibikoresho bitandukanye vyibwe, bigizwe n’ipikipiki,n’ibindi bikoresho.

Amakuru ava aho i Buganda,amenyesha ko muvyo yafatanywe harimwo ibikoresho yakoresha mu kwugurura utuzu badandarizamwo kugira yibe ibiriyo.

Abanyagihugu aho i Buganda, bemeza ko hari haheze igihe hari umurwi w’abasuma wiba mu mazu, bagasaba ko uwo yafashwe yohanwa hisunzwe amategeko.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.