IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Intwaro ibereye > Frederic NAHIMANA yagenywe kuba umushikiranganji wo gutumatumanako (...)

Frederic NAHIMANA yagenywe kuba umushikiranganji wo gutumatumanako n’ibimenyeshamakuru

Tuesday 18 September 2018, by vianney

Itegeko ry’umukuru w’igihugu inomero 100 /136 ryo kw’igenekerezo rya 14 Nyakanga 2018 rimenyeshako Frederic NAHIMANA agenywe kuba umushikiranganji wo gutumatumanako n’ibimenyeshamkuru.

Frederic NAHIMANA asubiriye Serges NDAYIRAGIJE yagiye kuba umwe mubagize umurwi w’igihugu ujejwe gutunganya amatora CENI.


IGIHE

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.