IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Intwaro ibereye > Umukuru w’igihugu yatanze inyigisho kubakozi batandukanye bo mu (...)

Umukuru w’igihugu yatanze inyigisho kubakozi batandukanye bo mu bushikiranganji bw’ubutungane

Friday 2 November 2018, by vianney

Zimwe mu nyigisho zatanzwe murabo bakorera mu gisata c’ubutungane zijanye n’itunganywa rijanye no gutunganiriza abitura ubutungane hamwe n’inyigisho zijanye n’akarangamutima k’abacamanza.

Izo nyigisho zijanye no kuzirikana igihugu umukuru w’igihugu ariko ashikiriza abakozi batandukanye bo mu bushikiranganji bw’ubutungane zabereye mu ntara ya Kayanza.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.